nelly nat Burundi Profile Banner
nelly nat Burundi Profile
nelly nat Burundi

@nellynadia3

Followers
9,833
Following
463
Media
161
Statuses
1,778

Ex journalist à la radio (rema),Public figure, Ex Coordinatrice ( Bene Ntare Gitega) Ceo of @natureburundisafaristours busness women ,Influencer 257music

gihosha
Joined July 2015
Don't wanna be here? Send us removal request.
Explore trending content on Musk Viewer
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Rest In Peace Miss Erica 🙏entertainment yacu irabuze,nta beef yagira,yarafise umubano mwiza n’abandi 🙏
Tweet media one
Tweet media two
25
18
309
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Warakoze kuza mu gihugu cacu ciza 🙌🤣🤣🤣🤣iyi vidéo iravugisha benshi my new name is MVP (most valuable person or player 🫶🏻thank you so much gushima job nakoze concert yabaye success karibu kandi 🙏🙌🇧🇮Burundi dukunda ingenzi 🥰.
18
11
276
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
mwabagore vyanse komwubaka pls muhagarike kuja kuri youtube ngo muriko mutanga témoignage nta buntu burimwo nukwiyandagaza gusa none Kuki atawobatumira,avuge yuko yubatse neza rugumye ?feministe izobica,abagabo reo ni fautifs ?musigaje kuja studio muririmbe divorce ,muriko mwiyic
43
14
200
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
Dynamo ni jewe ,dynamo niwewe ,dynamo ni twese ,dynamo n’igihugu ,dynamo ni tourisme ,U Burundi kuri canal + n’izindi channel mpuzamakungu n’iteka kuri bose ,ingenzi zica zipfuza kuza kuraba ico gihugu ,ni digital promotion Papa wacu umujama w’aba jeunes atur’inyuma 🙌🏻never quit
Tweet media one
30
15
173
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Tube turayaga niki wibuka canke uzi kuri princess claire ?yabaye model imyaka ya kera,ashirwa kumavuta claire !Jewe mama yarayisize,nayabona mama ayisiga none menye koyari umwana w’umuganwa😍😍😍😍😍 toujours belle 🤩 mumuhe amashurwe yiwe 🙌👌Burundi dufise ivyiza vyinshi
Tweet media one
15
10
159
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
🙌🙌mumuhe amashurwe yiwe Nukuri 😍😍😍😍mama mugiraneza 🫶🏻 turagukunda 🇧🇮 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 @KanezaDiane uko sawa ?
Tweet media one
17
12
146
@nellynadia3
nelly nat Burundi
9 months
Amahoro mwese , nsabe uyu mu miss w’igihugu yitahure icari, guposta sibibi,kwitaba invitation sibibi ,iyi n’Image du pays koresha umushatsi,shirako mak up ton salaire baguhemba budgetisa ube class ntakuvunduruka wisera ukushaka ,shameless erega userukira igihugu apana inzu yanyu.
Tweet media one
Tweet media two
85
5
132
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Mwiriwe @BankiNkuru nukuri hamwe bitohagarara ntaho twoba turiko turaja na cane cane ,urwaruka rurinyuma jewe ntahura yuko bariko bateshagaciro,ifaranga ryacu ndafise n’izindi foto z’abandi nukuri dufashe kwubaha noguha agaciro notre monnaie 👏🏻 murakoze,ababitahura nabi birabasha
Tweet media one
94
13
128
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 years
Welcome to Burundi 🇧🇮🇧🇮gahugu kanje nahawe n'Imana proud to be burundian 💃💃 #visit 🇧🇮 #abatwip @DanNGA45 @UwimanaDative2 @burunditourism
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
3
24
121
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣wamu miss yiserukira muri philipine yaguye ariko adefila 😂😂😂😂none ntiyagize training?🤣🤣na 20 top ntiyashitsemwo 😂😂😂😂😂😂
91
7
113
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Kugira mushikire i Bujumbura vyogorana,kugira mushikire i Gitega vyogorana ariko kugira dushike kigali duhagarara kirundo 😂😂😂😂😂😂😂dushaka i butare duhagarara kanyaru 😂 sinzi yuko muvyibaza kuko amajambo mumaze imisi muvuga ngaha x nta bwenge mushiramwo 🤣
94
10
117
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Reka ndabahe agafoto muteramireko ,eeh nambaye na Gucci,,l’heureux fille burundais 😂😂🤣🤣 narinkumbuye kuvurugana🤩🤩🤩🤩🤩🤩🥰🥰👌🙌🏻 intarekazi yiyemera 💪🔥🔥📸 @akezanet
Tweet media one
69
6
110
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Un très joyeux anniversaire 🎂 à la diva de la musique burundaise @MowKanzie et merci @BazaContact pour délivrer ma surprise à elle ,guys contacter baza pour avoir des menus,vin,des fleurs pour vos amours ♥️c’est rapide quand vous êtes tranquille chez vous 🥰🇧🇮 bwacu bwiza
2
2
111
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
Ku myaka afise 16 ans akabahejeje kwandika igitabo nimboneka rimwe nukuri Imana ikuj’imbere turipfuza kukibona muma international house ya edition 🙌🏻 ibisigaye you deserve our support as young lady 😍🥰muraduha adress tubigure mukomere kuriryo banga mwigeme w’incabwenge👌
Tweet media one
Tweet media two
22
14
110
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Inkuru igezweho,umuhungu yagize dot muruku kwezi none umuryango wamurungitse hanze..Dot yabaye sponsor yokujabuka,Miss 🇧🇮 2022 mode cigarette 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣nkomeza kumirwa ndabibutse yuko turiko twitegurira kwakira the Ben…
Tweet media one
21
2
108
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 months
Mes sincères félicitations dear @MowKanzie shine shine gual 😍😍🥰,tuzobanyegeza nyene none komuvuga ntidukundwa?ubu muriko muvuga vyinshi ,kbr mwamubonye 🤣🤣🤣🤣 nabe umutama ankunda mafou la vie est belle ,ibisigaye ngiye gushinesha itariki ntihinduka 🥰🥰 buzz ni 24h
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
17
1
104
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 months
Ntankumi ivyibuha gutya 🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣,mbega i Bulaya nta gym zihari ??amatako araho ubeshera za mvubu zomuri maragarazi zirisha igikaju ca sosumo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣uwo babona muter’induru yokwibaza komuteye neza naho shwiiiii😩😩
Tweet media one
82
3
106
@nellynadia3
nelly nat Burundi
11 months
Ntitungana,ubandanije nazirya photo zawe uhenye ndazizana ngaha bandanya ubulaya hiyo mububirigi uheruka kuja ndazi kusirimutse deux semaines gusa ngo blabla izo brige nizo zikubereye gurisha iyo nyo yawe umveko pls #abatwip pampers fundraising izokorwa mshenzi mkosa nywele
Tweet media one
@KifleMike
THEE KIFLE MIKE
11 months
Nelly Nat agiye kubaho gute???
13
0
41
69
3
103
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Idarapo y’igihugu k’umuririmvyikazi ,ngira ntitubitahura kumwe ico bisigura ruhuka amahoro nyakwigendera,Ariko mufise isiguro mudusangize @MinEACJSCBdi n’abandi 🙌🙌.
Tweet media one
38
3
104
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Crush wanje ,umwiza nkunda twabanye neza mu gihe narikumwe nawe my master mind 😍😍🙌the handsome dufise muri bujaflvr kunzobe yiwe nari naratwawe 🤣🤣🤣🤣 Ariko ubu n’abazungu kwenda mbere Ariko num G wanje ❤️smile reo @iammasterland
Tweet media one
13
3
98
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Iyo ndik mvuga amafuti y’abari muri music yacu bambona nk’umwansi none nka drama t kwaduka kuvuga yuko les Diaspora benshi babayeho nabi ?ngw’amahera aherera muma factures ntagusara gusumbuko 2hits urasaze sawa tuzoraba abazokwitabira I Bruxelles mshenzi w’i kabarore
39
1
94
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Démocratie mu gihugu irahari kandi cane gose ,ibikwembe vyasasiwe fizzo,yabisasiwe na musazi simbizi wa semavumba sinarizi yuko abagabo basasa ibikwembe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 uyu muziki ntaco tutazobona Ariko yagize neza hakubisasira abanyaru wabikoze neza nahusara 🙌🙌
Tweet media one
Tweet media two
20
3
93
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Invest in your looks,get that facial ,get those eyelashes extensions ,get your hair and nails done 💅,buy those shoes 👠.invest in yourself.when you look better ,you feel better and you do better 🥰 genda mu Google 😎 Vaan mak up avenue de la France gallery kusta place 👌
Tweet media one
Tweet media two
19
3
91
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Mama kanyamuneza @Burundi1stLady ceka wabaya wapfe 🔥🔥🔥🔥malgré les commentaires négatifs zokumucafuza anasongambere👊
Tweet media one
13
9
88
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Uyu muziki ndawurimw 7ans ,ukuri mvuga nakuvuze kuva kera,abasani nabanditseko vyinshi,ndiko mvuga ivyinyegeje inyuma y’urupfu rw’umuhisi yabana na bell9ce,akamumarana imisi mucumba ntamutware kwa muganga agatwarwa numubanyi ar’umukozi atabaje ?kuki uvuze sat b?ndi ready kubazw .
43
3
91
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
Asante sana Baba wa taifa 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍😍😍 dynamo oyeeeee💚💚💚💚💚🏀🏀🏀🙌🏻🇧🇮🇧🇮
22
1
91
@nellynadia3
nelly nat Burundi
10 months
Innovation toujours kwambara ivyacu tubikundishe abandi happy birthday to me 🎂🤩 Queen of buzz,influencer,personnalité médiatique busness women 🥂cheers .thank you for supported our works keep blesd followers @SafarisBurundi 🙏
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
36
5
88
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Har’abantu ngaha bibaza kodusara kuraya mayira kazi kanyu naronse deal now now company gupromotinga concert ya the Ben kubera ndi Queen of buzz mfise influence boss azozana the Ben yemeye agafaranga twamusavye nibutse slayqueen yuko the Ben azozanana n’umugore wiwe je suis belle
Tweet media one
Tweet media two
30
4
90
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Ubu nisawa yaraberewe cane,ingohe zirakozwe,iminwa yarisize,inzara zikozwe n’imishatsi nisawa 👏🏻👏🏻take your flowers 💐 jewe burya nimwanyishinga kazi kanyu mbashaka yuko tumenya Reseaux sociaux icarico so ubifashe nk’inzigo posts zanje uzosaza hatageze all the best Miss 🫅 wacu
Tweet media one
10
1
87
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Il faut se documenter avant de poster ,la fille fait ses études à Washington d’ici please laisser la famille tranquille,,honte à toi
@DANYKAB1971
Daniel KABUTO
8 months
#UNGA78 avec le président @GeneralNeva , il y a l'épouse et la fille, aux frais du contribuable! Avec les magouilles des vignettes, ce ne sont pas seulement les devises qui vont tarir mais les FBU également! La bonne gouvernance en Afrique et le rejet du paternalisme occidental!
Tweet media one
22
3
36
48
11
87
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
😂😂😂😂😂😂😂😂😂nama navuze buja nta slay zihari 🤣🤣🤣,twanyoye,twaborewe,tugiye kunwa isupu cercle nautique,duciye dupasurana iminwa na mazuru ndinde ?🤣🤣🤣🤣🤣🤣ngo ni influenceuse sinzi ,😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂bararwanye bararwana baraterana n’ibidaje 😩😩😭😔😢
13
1
87
@nellynadia3
nelly nat Burundi
9 months
Uy umuziki wacu uboreza nabi nguyu wa mupfasoni aribugenze kandi vuba aribaruka mumfasha les fans biwe tumukeze hama bukeye muzomukorere babyshower nibutse vidéo iraho ngo kirazira kumarana numu copin igihe atac’araguha none biheze nabi 😂 azomwandikish gusa homme marié 🏃‍♀️🏃‍♀️
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
23
1
86
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Be your own boss ni @KazozaFM yakazanye ni créativité yabo 👌👏 entrepreneuse ,happy new year family x ,inside Samuel’s hope hotel nyabugete !abantu dufungura imikeke ya Tanganyika n’indagala tuguma dufise taille sans visa n’akabiri koroshe 😂atukomari kama béton ya ciment.
Tweet media one
22
2
86
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Iyo baborewe ibitsina gabo vyinshi bibabira mu nyo haragera yaho cerveau ziba ubuyungiro,aka n’agasuzuguro kuno mu malaya yabirwa akonona n’abana bato babahungu,tuzokwina kubera inyo yawe irarangaye igihugu kirafise abaco watuburiye indero influence turayifise tuvire mugihugu plz
Tweet media one
Tweet media two
48
5
86
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Lors de la célébration du journée mondial du tourisme ,madame SafarisBurundi était présente merci @visit_burundi pour cette belle soirée @SafarisBurundi #Burunditourisme
Tweet media one
16
3
84
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
😳🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣nguyu niwa mu apôtre évent yiwe yahagarikwa 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Ngira ntiyari bwakizwe none vyukuri yariko yigisha canke?ntako nsara ,iyi style ntaniyo nosohokana 🤣🤣🤣🤣knd nivyo iyo ni kwirotari y’urusengero Mana duharire.
Tweet media one
47
8
84
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Ejo n’umusi w’ibikorwa reka turangize uwamungu mwiza nakano gafoto keza ndikumwe na ambassadrice w’urwaruka karorero keza kubigeme @FrancineNiyons4
Tweet media one
11
1
77
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Ngo yobafise inda ya gatatu k’umuhungu agira gatatu,mbona bamaze igihe babivugavuga Ariko nibaza yuko atar’umurundi yobamutey’inda kandi 😂😂😂 none #abatwip mumufashe aje Kuri planing Kuko mougou iwe ni bango kwenda mbere 🤣😂😂😂kuvyarira muhira gatatu hama ngo uri icitegerezo
41
2
82
@nellynadia3
nelly nat Burundi
9 months
Imishatsi yarumvise,Ariko ndizera yuko bigishwa elegance 🙊gutwenga igitaburanyo nibi 🙈😧😥😓😰😩😩😩😩😩😩miss miss miss 😞
Tweet media one
47
4
81
@nellynadia3
nelly nat Burundi
11 months
Imbere yuko wibutsa les clients kuza muri busness zawe kare comme si ,isaha banwerako uzizi,pls banza wandikishe kirya kibondo wihakana 😔😔 nta père inconnu mu gihugu,umwana murasa,ni photocopie nta money ashaka just kwagira abavako 🥲 nos influences ngivyo ivyaranguwe 1mois
26
1
83
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 months
Let me introduce all #abatwip burundian bosslady dufise jewe nemera 100% Fiona gb ,afise restaurant zibiri ,imwe yayikuyemwo iyindi pls muragenda kuri la coupe restaurant ville iruhande ya stella matutina ,hariho n’icapa cayo ,service nziza ,imanza zose 👌❤️ #womenempowement 🇧🇮🙌🏻
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
4
8
81
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
Kidum kibido yahawe 5millions yokuririmba muri final ya friends of amstel muri concert dadju azoba arimwo 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂 abandi barihwa amajana umusaza ngo 5M?ayo boyah kiriku 😁😎numiwe
25
7
83
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Iteka aho ryamye 👏👏 @GeneralNeva @Burundi1stLady Imana ibaturindire 🙏🇧🇮Burundi mwiza
Tweet media one
5
6
80
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Nguyu diane kaneza yirirwa atuka inzego n’umugambwe n’abandi benshi bref tumusabe agirishe chirurgie esthétique Kuko taille yiwe n’icupa ry’ikiyeri ryubitse peee🤣🤣🤣🤣🤣🤣ayo mabere nayo vyiza yozarambara sindiriya Kuko ndabona atahataniye n’ingurube zomuri sudan 🏃‍♀️
54
6
75
@nellynadia3
nelly nat Burundi
16 days
Twagira dusabe imbabazi kuri post twari twagize twibaza yuko rumeurs zihari zibimaze imisi biba vyama viol kwari Samantha Inarukundo ,abir’inyuma bivanye nama post yagiye akora en même temps ariko vyatumye adushikana kuri la personne wa victimxxx24 ndanka kubesher’umuntu 🙌🏻merci
16
5
83
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Que son âme repose en paix 🙏,le troupe Ninde vient de perdre une actrice professionnelle et patriote 👌🇧🇮 warakoze cane .
Tweet media one
Tweet media two
4
1
78
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
🤣🤣🤣🤣🤣🤣iyo mvuze yuko ata mu journaliste ahari muri médias online muhora muvuga yuko mfise inzigo etc narababwiye yuko benshi bakora mukavuyo arabasazi none haraho bitaniye nibi ?kubuzwa diffusion ya concert nkiyi mwari kuyironkako content isara ?team ya dadju yanse 🤣🤣🤣🤣
Tweet media one
17
4
80
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Icobatinya didier yarataye umugore wiwe,mugihe atamezi menshi tuvuze kubuswa yagiriye abakobwa amakuru mfise yizewe nuko la dame yavyaye hirya y’ejo inyuma yugutabwa n’umugabo ntaziyageze
Tweet media one
21
1
78
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Mwiriwe cane @OBR_BI nkuko tubisoma muri zino ngingo kugira duheshe agateka,umuziki wacu muzobishire mungiro kino giteramo the Ben yahawe 40millions rwandais ni 120mill Bif bisigura yuko 18millions Bif niryo kori boriha nukuri ni menshi rondera benekumuzana barihe ikori @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
32
9
76
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 month
Dubai 280mil dollars ?kumatohoza nagize zino modoka nizawa munya rutana 🙈 kandi ngwagurira Allemagne ngo hari nizindi zitarashika ,dedoinema 100% bamwe mugira comparaison muratubariza yuko kubabanyi ziriyo source zanje ziremeza kwataziriyo knd dedoinema ni 0% kumodoka zizimvye🏃‍♀️
Tweet media one
49
1
77
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Isabukuru nziza Mama Mugiraneza 🙏 ,happy belated birthday mama Burundi,dukomeza kubasabira kuri ndiho kwama ibazigama ibihe vyose muvyeyi wacu dukunda ❤️ @Burundi1stLady
Tweet media one
3
4
76
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Un youtubeur c’est pas un journaliste,un promoteur facbk s’umu journaliste,un animateur c’est pas un journaliste so bose bashaka kwitwa journaliste mugihe ataribo biravuna sukuvyuka na camera na micro ugacrea chaine youtube ngo ndi journalistes?murek guterinduru biratahuritse..
15
2
74
@nellynadia3
nelly nat Burundi
11 months
Vyabintu vyabahungu botambutse bazunza ibisusu babihagaritse ,ntaho bitaniye naba pede gute botambuka?ico tuzi nab mannequin babahungu benshi naba homosexuel désolé 🤦,nibaje kworora Cnk barabe ibindi bakora,ntaba pede dukeneye mugihugu ejo bazorwononera ,ibibondo ☹️narengana.
Tweet media one
Tweet media two
25
8
74
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Meet gala his creativity 😍😍😍😍 @gwagaphoto t’es un Jeune entrepreneur talented muri barbecue 🙌mumuhe amashurwe yiwe pls nkuko nari nabimubwiriye ngaha konzoja gushigikira ibikorwa vyiwe 🤩I was there inkoko ziraho sinzi uko abikora 🤣🤣🤣🤣🤣🙌
Tweet media one
2
1
75
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Vyukuri n’umurundikazi?la fois passée bampaye inkuru yiwe,yikomesh’induru ngo bamufashe kunguvu 3h du matin yari muri event yaborewe etc Ubu Naho ngw’abagabo niki?poubelle?ntibitangaje wirirwa ukubita se takuvyaye ntaciza wovamwo , stupidity ,depression yokubura abamurya mougou
Tweet media one
34
1
71
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Murakoze cane mugabo bibi kuvumbura ibikorwa vy’umuntu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ukuntu nari nabinyegeje jimbere magazine murankoreyeko 😂😂😂😂😂😂😂😂😂bref vision 2040-2060🙌🏻🙌🏻 @Gitega
@MagazineJimbere
Jimbere
4 months
🏗️ A ~100 millions de Fbu, le "Capital Garden Park" verra le jour en cet été 2024. Sa construction - financée par le @PAEEJ_Burundi - entre dans le cadre du projet "Burundi bwacu bwiza", initié par @nellynadia3 🏢 Sis au quartier #Musinzira dans la ville de @Gitega , ce parc de
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
6
7
48
20
9
71
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Muje kuresha kwa Big fizzo 🥰🥰 yakujije,mumuh’amashurwe yiwe vyukuri,hama ng’umuziki ntutanga ivyamwa vyiza 🙌🙌
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
9
0
68
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Mbega babandi bamaze imisi babaza ivyiza igihugu gifise barihe?mumfashe kubahamagara batuzanire parking zabo 😂😂😂😂 u Burundi 🇧🇮 ntibwihuta bugenda buhoro buhoro mw’iterambere Kuko si competition burimwo merci @akezanet Kuri photo nziza 🙌🇧🇮 Bujumbura new parking payant ville .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
16
5
67
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Mariage yaraye ihomvye I bujumbura don bosco buterere 🤣benumukobwa muduhe amahera asigaye,benemuhungu mudusubize inkwano zacu,benumukobwa mutayatanze turamutahana,benumuhungu mumugumane 😂padiri nawe ntimuvaha mutarishe aya salle 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
36
5
61
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Muri toilettes za cristal club basigaye baharira mougou les filles 🤣 habaye hôtel 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣sindatora visage zabarya bantu ndacavugana na antenna 😂😂😂😂😂 twari tumaze imisi 😂😂😂😂😂mbisa🚶‍♀️
18
0
67
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Iyi Twitter itagira @yigenga benshi ntituba dufise envie yokuba connecter please he needs our respect ✊ King 🤴 of twitter respect ubwanje nabona yuko ata vibes yarihari tuzokurwinyuma wubahwe cane karibu kandi
4
5
64
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Mama 🇧🇮 mugiraneza ndakunda style zama fumée yambara 😍😍😍👌class @Burundi1stLady
Tweet media one
0
1
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Twakiriwe n’umuvugizi wa @MininterInfosBi @Cinjire tukaba twarikumwe n’umu jeune entrepreneur aba muri Sweden 🇸🇪 w’umurundi, yateguye igiteramo ca the Ben mu Burundi n’ukuntu bitunganijwe 🙌Twaciye tugura ibitabo vyiwe 2 vy’imyibutsa yacu yanditse harambe inzego zacu @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
10
2
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Michou miracle subiza igikoresho c’abandi wagiye wivye 😭😭😭😭😭 kuki abakobwa benshi ba buja arabasuma??inkuru nzoyivuga kbs entertainment yuzuyemwo ubu escro kwiba iradiyo isamirana??nubu ntibazi iyari
9
1
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
miss Burundi kwa ubola wake ,🚶‍♀️🚶‍♀️
Tweet media one
7
0
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Abahungu nibo bari baberewe gusumba les filles bref mwarakoze kumuziki mwiza mwaberetse so nahanyu hokumenya ikibuze kugira dukomeze urugendo rwiterambere muri music yacu257 ibisigaye muze mwishima i gihugu kiratunze talent 🙌🙌🇧🇮🇧🇮 @SafarisBurundi
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
0
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
22 days
abariko bater’induru nabiyita watoto wa mujini kubera bumvise babavugiye ibintu🤣🤣,burya Bujumbura bamwe muzi ngo murasirimutse naho shwiiiii ,none komwebwe mushaka kw’ibintu vyose arimwe mubizi ?ni musirimuke kuko muri 0 basirimu🤣🤣je suis d’accord avec elle ,Sirimuka pls 🤣
Tweet media one
21
6
63
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Birababaje cane kubona rino tunga ry’igihugu rititaweho Nukuri sinakunda kuvuga kuvyerekeye kino gisata c’ingenzi nababara nkigumya turasavye hashingwe umugwi w’urwaruka rutahura yuko tourisme yinjiza $nyinshi why Nukuri ?iyaba zifatwa neza ibi ntivyaba @BurundiGov @GeneralNeva
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
11
5
61
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Sinakunda kuvuga kuriki kintu aho bigeze @Burundi_Police @MininterInfosBi ihagurikire kino kibazo c’abagore n’abigeme bafata ama vidéo y’ibiterasoni bifashe bakayarungikira benekuzisaba zikazunguruka jewe maze kuronka vidéo nka zitanu nubu hariyo mpejeje kuronka c’est honteux!
35
5
57
@nellynadia3
nelly nat Burundi
20 days
Zirya témoignage zama viol akora abantu bazwi ,murumva yuko urwaruka rykomerewe cane kuko ruhendwa gose,ikibazo gihari nuko naho worondera les victims badashobora gutanga les plaintes jewe ubwanje solution nukuguma tubavuga kugira ibitigiri bigabanuke vya viol kubiheba biragoye
8
3
61
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 years
Antenna zanje ziremeza yuko didier yibagiye gutanga version kobavyaranye umwana wa 6ans kandi umukobwa yamuguyeko murivyose kandi yuko bari bemeranije kubana so sintahura ndondere salle,umu pasteur w’imisa etc le type atabizi?ntasubire gucafuza umukobwa niyibuke kobavyaranye bas
20
0
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
Aba journaliste bacu benshi nta créativité bafise ,raba uno mudame ukuntu yagize recherche nziza ku ngoma zacu 🙌🏻😍😍😍😍🇧🇮,birarenze cane ,bamwe mukata utu video twogucafuza inzego mukomeze mugabo muriko mugira promotion y’igihugu indirectement voilà abandi baca baduha promotion
7
13
57
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Bigenda gute umukobwa yifate sexvideo ayirungike agashiramwo visage yiwe??none abigeme bomungagara bafashwe n’ibiki?diaspora mubabarire abanyu nukuri?birambabaza kubona umurundikazi yiyandagaza kuri karubanda n’ubwambure bwiwe Diaspora stop it 🛑 ✋ stop stop shame vidéo zibiri??
38
3
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
🤦‍♀️abaririmvyikazi birabagoye uti reo abigeme bafise aba fiancé batagira money babahebe baje kurondera ababahonga les shop nama modoka?hama ngo muri kiyo ca jami?haguhimiriza bakore babe independante bijukire entreprenariat ubahimiriza muburaya?weho ubaha angahe?Stupid mindset mom
33
2
57
@nellynadia3
nelly nat Burundi
11 months
Reka nipfurize isabukuru nziza kuri wewe ntwarikazi @nancymutoni Umukama akugirire neza mubawe nomuvyawe,ubwitonzi ,ubwira n’ubukerebutsi bikuranga bikomeze gushinga mugihugu nomumakungu gumya rya cumu ry’ubutwarekazi,icirore c’abigeme n’abakenyezi benshi ❤️🇧🇮
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
4
10
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Tunwe twigerere pls kurwana tugapasurana gushika yaho basona iminwa n’amazuru birarenze,Ejo tuzonwa za whisky dupasurane et puis hace hacikana umuntu ?ikizokurikira niki ?twikebuke,amakosa nay’abagabo bagura za champagne etc muhagarike bigishe kurondera uko bokwigurira izo nzoga
Tweet media one
16
2
56
@nellynadia3
nelly nat Burundi
11 months
Mugihe hari hamaze imisi kuri runo rubuga baterana amajambo ngo Rwanda vs Burundi rino tariki ndizera yuko mutahuye mwese koturi bamwe tuvukana u Burundi ari ihasa ry’urwanda n’imfura yaryo habur’urwanko harambe umubano mwiza sangw’itsinzi yokwikukira 🫶🏻 @SafarisBurundi @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
5
7
52
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Uzobanze wicarane nabarya baririmvyi banyu reka nkuhe listes Juno Kizigenza,chris easy ,Bwiza,kenny sol,okama,kivumbi etc 99%yabiwanyu baza gukorera clip vidéo i Burundi none wumva mwebwe mufise iki ?nizo Gange komwazivye congo ntana plage mufise mshenzi twururuke
@kanisekere
NO_BRAINER🇷🇼
8 months
Ariko u Burundi niki kiri special bugira ? Sindumva indege zi Burundi cg ikibuga k'indege cyabo, hano muri East Africa sindumva habaye nkikintu cya danger ngo kibere i Burundi! Nonese i Burundi habayo aba Star ? Abantu bajya Burundi sindunva baza bavuga ngo bumiwe🤔 abarundi
280
16
211
23
4
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
gute bibiliya itubwira yuko ijambo ryayo arik’ubuntu mugabo hakaza abantu ngo conference ya 50$??200k ntihenze ?iyi ni busness baze babarihisha namakori kuva ryari ivy’umukama birihishwa?reka nsubire gupagassa kuko Gandhi yaragiye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ivyo yansigiye sinzobihombe
Tweet media one
35
3
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
26 days
Nari narakabitse kano gafoto reka nkusabe iyo bakugiriye make up baze biyaranja kugusiga ugasa nomwizosi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣aha reo ngowaratesheje uravyica 😂😂😂umengo n’umuzuzu baze bagusiga usa hose izosi 🤭🤭🤭mumaso 🤭🤭bayiii 🏃‍♀️
Tweet media one
19
3
54
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 years
Il est bon mon pays🇧🇮muramvya bugarama, green country, welcome to Burundi, bienvenue au Burundi, karibu Burundi, kaze i Burundi,ivyiza vyiwacu 😍😍😍😍😘 @visit_burundi @burundionthemap @MuramvyaProv
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
2
15
55
@nellynadia3
nelly nat Burundi
10 months
Ubu kubera wavyibushe,n’umuzungu mwavyaranye yagutaye usigaye ubona yuko abatavyibushe bakwiye igikoma??ebu tutoleye fujo
@KanezaDiane
Diane Kaneza
10 months
Aha hariho uwundi muntu anyoye igikoma ntaco vyoba...Kandi yabandanya akora karya kazi kiwe🤣
8
0
17
19
2
53
@nellynadia3
nelly nat Burundi
10 months
Nari narindiriye kuraba sociaux médias uko bimeze 😳😳😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣 @KanezaDiane ngwahano niwe wavuze tunwe igikoma tuvyibuhe ?mbonye vidéos ziraho n’amafoto yurya munya musaga pls imibiri yabavyibushe irabishe kuraba bari gusa 🤣🤣🤣🤣ncambona keefle pampers 🤣🤣🤣 @umuhirwaa
26
3
50
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 months
Abafana bankurikirana hose 🙌🏻 twari twaserukiye @SafarisBurundi bukebuke nirwo rugendo ,ukuri gushirira mukuyaga tourisme on the map ,abari hanze mwige kuvuga neza igihugu canyu
Tweet media one
13
4
54
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 month
Tube tugir’isuku mu mutwe 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣ibisuko bibamarako 6mois haba habuze amezi make nk’ayumukenyezi yibugenze 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣 vuba tuzobasaba ifumbire 🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️
Tweet media one
38
1
54
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 years
Toute ma force réside et résidera toujours dans l'amour envers autrui dit- elle @Burundi1stLady 🙏
Tweet media one
Tweet media two
0
9
54
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Hello guys nadugije igiciro cogukorana n’abantu as nellynat Queen of buzz utagira 2million ntuzondondere kandi nta avance,uzogira deposit on my account 😁😁 kwubaka izina mvyarangoye cane sinkeneye ubu abadugira kuri brand yanje 🙌credit by @akezanet
Tweet media one
23
0
52
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Jewe sinkunda inryarya,mwirabire appel ziwe na message nubu sindazisoma yishuye ivyo namubwiye jewe twarahejj sinkunda umuntu woguta mungorane abandi,aha yashak yuko ndamwitab ndanka peee none yaciye aja status ngo poor nellynat 😂 ntamu milliardaire agiribi 🤣🤣jewe simenyerwa
Tweet media one
Tweet media two
15
0
51
@nellynadia3
nelly nat Burundi
8 months
Umusi muzotahura yuko nkina n’ubwenge bw’abatwip muzoba mukize 😂😂😂Washington d’ici yubahwe,ivi ndo tunacheza n’akili za watu Nukuri mwiyumvire kangahe mwagize retwitter,nama screenshoot etc hama ngo muzubwenge reka mbandanye imirimo 😂kandi mwibaza yuko munsumvya ubwenge?lol
Tweet media one
27
2
49
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Thierry womuri Brarudi icakoze ariningendeshwa kbs none nikugira y’impressionner abigeme cnk ?none sa femme abony iry video yiyakira gt ?ngo num cadre 😁😁duuuuu
28
5
48
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Har’umu diaspora w’umuzanano kuririmba vya munaniye none yageze kuco yipfuza kuko ubu we love muzik basa nkabatandukanye,kuko umwe akora kugatwe kiwe 😩,obsession abafitiye irarenze azotubwire kwatakunze ,umwe murabo?umugabo muzima yarazi kobazozima bahevye management yiwe 🤣🤣
Tweet media one
6
3
48
@nellynadia3
nelly nat Burundi
23 days
Je voulais remercier la radio télévision nationale @RTNBurundi pour la visite de leur équipe dans mon bureau,et aussi pour un bon documentaire réalisé par eux ,tourisme =isuku ,=dollars ,=kuvuga neza igihugu 🙌🏻🇧🇮Image nziza cane karibu kandi mukomeze dutez’imbere igisata
9
5
50
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Abaririmvyi bacu barakwiye kumenya agaciro kabo,naho mwosuzugururwa n’abanyaru ntimwumva,ejo bukeye tuzobabona knd muriyo twebwe turaha tukamaramara niyompamvu ntobavugira Kuko mur’intumva nta bwenge mufise,gum’iwanyu,kwihomeka k’ubahandi s’itunga nuruhombo bye
15
4
49
@nellynadia3
nelly nat Burundi
5 months
Chaque femme est la bénédiction de sa famille,son pays et son entourage ,femme d’influence,femme d’affaire 🙌🙌 @pamchanneltv merci pour la photo @SafarisBurundi
Tweet media one
2
3
48
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Dukeneye muturonse ministre w’umu jeune tuzohurira muma boîte de nuit tugahurira nomuriyama soirée yacu yagirashireko tuza dusangira kurya za bebe ooh nigga 😳😳 muze mubabwira yuko Nyenicubahiro n’urwego rwokubaha badapfa kuvuga imvugo izarizo zose imbere yiwe nama mvuga ndero 0
20
2
45
@nellynadia3
nelly nat Burundi
4 months
Yasubiye kunyeguruka no kudebloka abobakorana mu Rumonge 😔,Bujafm,blackfm,TV onlines etc vyaranse,kuvyara ntarere abaterera mugahinga,kwiba udufuka gitsina 😩,ubuhoho rumonge bazogutora wacitse impene cnk imbwa,girls ba buja pls tout cequi brille c’est pas l’or hanurwa bayii
Tweet media one
12
2
47
@nellynadia3
nelly nat Burundi
3 months
N’iteka kuri jewe kwakira bano bashingantahe b’ijunja n’ijambo munzu iwanje 🙏,Paci Nzitonda na Willy sirabahenda mukomere kw’ibanga mwakoze kutugendera ,munyamahafi ,munshigikir kenshi ,uwubanka abandureko basaza banje 🙏🫶 mwakoze k’umpanuro nziza .
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
Tweet media four
7
2
47
@nellynadia3
nelly nat Burundi
7 months
Bujumbura mugume bamwe muter’induru ng’ubuzima bwaduze,ngwigitoro cabuze,ngo ntamatara nt’amazi ngaha Kuri twitter vuba Gitega izobasiga sindababesha nguyu @gasape2003 arujuje hôtel bravo à lui kuri kino gikorwa c’iterambere ku gihugu 🙌🙌🙌🫶🏻tumuhe amashurwe yiwe💐💐💐
@SafarisBurundi
Nature Burundi Safaris Tours
7 months
La capitale politique de Gitega,bientôt un nouveau bâtiment d’hôtelerie,🙌 @gasape2003 merci pour la contribution dans le secteur touristique,un jeune patriote et intelligent félicitations 🧠 @nellynadia3 @yigenga
Tweet media one
Tweet media two
Tweet media three
2
4
48
17
0
47
@nellynadia3
nelly nat Burundi
6 months
🤣🤣🤣🤣🤣uwavuze yuko abagabo ari trush mu muji bamaze gusohora ivyiwe hanze 😁 kumbe akina zose?,inyuma n’imbere hose barajaniranya 🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 mougou ni noma sana bye 🏃‍♀️🏃‍♀️
29
2
44
@nellynadia3
nelly nat Burundi
1 year
Ni gute umuririmvyi asaba nyenicubahiro baduhe umushikirangaji w’umu jeune atahura umuziki mugihe ubwiwe atari enregistré muri amical des musiciens ?kuba umu jeune s’ugutahura vyose hariho abakuze kumyaka mugabo mumutwe ari des jeunes banza umenye OBDE na direction de la culture
31
1
46