@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
Dubai 280mil dollars ?kumatohoza nagize zino modoka nizawa munya rutana 🙈 kandi ngwagurira Allemagne ngo hari nizindi zitarashika ,dedoinema 100% bamwe mugira comparaison muratubariza yuko kubabanyi ziriyo source zanje ziremeza kwataziriyo knd dedoinema ni 0% kumodoka zizimvye🏃‍♀️
Tweet media one
49
1
78

Replies

@Ntareyves7
NTARE XCIX
2 months
@nellynadia3 uzozitemberez hehe ko Tanganyika igira yisubize ivyayo!!!!
1
0
0
@nellynadia3
nelly nat Burundi
2 months
@Ntareyves7 Nzozitembereza kugatumba kwa so niho hagenewe iratiro
1
0
1
@NdaYaki
NDaYaKi랜드리
2 months
@nellynadia3 Dedouanement ya 100% kuri taux officiel (Taux BRB) ntiri kure ya 0%.
0
0
1
@greatafrican7
Imfura cyane
2 months
@nellynadia3 Abaturanyi ntīmukigereranyo nabo mukore ibyanyu in terms of millionnaire muri hasi cyane niba urebera ubutunzi bwi gihugu ku modoka zihenze ziri mu gihugu nawe ukeneye ubutunzi bwubwenge kuko ubwo ufite ni buke mu mu mutwe.
0
0
22
@ingaginkuru
indagara n'imikeke💀🇷🇼
2 months
@nellynadia3 Abaturanyi se kandi babijemo gute???😂😂 That's Violence😭🙈 @nellynadia3 please 🛑 stop😭😭🙈😂
1
0
0
@SengaChristian3
treso_chris
2 months
@nellynadia3 🤭🤭🥱🥱🥱Abarundi rwose!! @nellynadia3 urumva $280,000 ari menshi tuzane iza $400,000
Tweet media one
Tweet media two
2
0
19
@pascal_biz
Pascal
2 months
@nellynadia3 nta dédouanement ya 0% ku modoka ikoresha gaz oil mu Rwanda, kuri electric vehicles ho byashoboka! naho imodoka yose ifite agaciro ka $60k and above, zishyura umusoro ungana nuw'imodoka igura $60k.
0
0
2
@Sales4B
Sales
2 months
@nellynadia3 Aha ni Rwanda you people
0
0
13
@DiddyGas
Randa 🇷🇼
2 months
@nellynadia3 Iyi ni iya ny*k0?
Tweet media one
0
0
8
@marambo007
Muny✨
2 months
@nellynadia3 Byaba aribyiza tubaye ntazo dufite kuko byagaragaza ko dukoresha AMAFRANGA yacu neza
0
0
2
@BNduwamahoro
blaise nduwamahoro
2 months
@nellynadia3 Heee nimutwereke gwanyu ivya bandi nigwabo ja mubikogwa twabake iwacu kandi abantu ntidishobora kungana twese murakoze
0
0
1
@UEdouard
UFITINEMA Edouard
2 months
@nellynadia3 Ubuse uri injiji bene aka kageni watangiza ntubyigumanire ngo bikubemo ukabishyira kukarubanda? This your post is exposing your stupidity!
0
0
1
@Muhuza6
turiko@tujahe
2 months
@nellynadia3 Ya ndege irakoteshejwe canke yaragurishijwe ? Shimye ko wabikurikiranye
0
0
2
@DrNdongozi
Ndongozi🇧🇮
2 months
@nellynadia3 Ivyabaturanyi bireke sha ntavyuzi bari kurundi rwego genda ukore jus yimisiba hama ube ugasakiye.
0
0
20
@Rukagana0
CYILIMA XI KARAMUZI
2 months
@nellynadia3 🤣🤣🤣🤣, GLS hano hari umuturanyi wange uzigemuramo imigati mwisoko none mwebwe bk zigendamo abakire? Hhhh
1
0
1
@sengwarugira
rugirarene
2 months
@nellynadia3 Se kuki ibintu byose muguma mugereranya no mu Rwanda
0
0
1
@ClaudeGandhi
Gandhi le Sage✍️
2 months
@nellynadia3 Ahozica nahone muhazane mugereranye twirabire twe twibereye TZT
1
0
0
@plutothoughts96
Pluto
2 months
@nellynadia3 Bizotugora kubashikako mugihe tugifise injiji nka wewe
1
0
11
@sole_manzi
Manzi
2 months
@nellynadia3 Ariko abarundi mukunda comparaison kweli, mwabanje mugashaka essence ko nayo ikenewe.
1
0
2
@Gasarabwe3
Ir. Locomotive
2 months
@nellynadia3 Aka gakecuru karwanye 14 - 18 kaba gakora compraison z'uburofa.
0
0
2