Sihoturi Profile Banner
Sihoturi 1er Profile
Sihoturi 1er

@Sihoturi

Followers
743
Following
1K
Media
468
Statuses
4K

Twiterere igipindi nubundi nta myaka ijana

Joined November 2024
Don't wanna be here? Send us removal request.
@Sihoturi
Sihoturi 1er
1 day
Iyaba Ventriote atamblotsé nari kumubaza nti wumva worira ?
1
0
2
@Sihoturi
Sihoturi 1er
1 day
Aba P-Square baririmba bati : IFUNANYA...none raba uwaguye mu gatego. IFUNAPISSÉ basi. #Abatwip ifunapissé ntawuzokunyarako. @KingMswatii3 @Strong_itk @bad_man46 @Abokwankuru @cloubelonly @GregLeGrecq @harmless_tweep
2
0
3
@Sihoturi
Sihoturi 1er
2 days
#Burundi : muri Église de Pentecôte bati pasitori Nicolas Hakizimana ariko arasaba ubuhungiro muri Belgique babumwime. @yigenga @KUF__ASBL aya makuru muyakoze ico mushaka.
4
1
4
@Sihoturi
Sihoturi 1er
3 days
@i_itukura
Imbwa itukura
3 days
Uwokwegera #Nadine Birantamije nawe ntiyobura amakuru aduha kuvyerekeye umugambi wo gukuramwo #Faustin kuko birumvikana ko amurenseigna. Mwitondere cane abantu nkaba mutamenya uwo bakorera.
0
0
0
@Sihoturi
Sihoturi 1er
3 days
🤣🤣🤣🤣🤣Umupatriote w'umupolisi yafashe uwarungitswe n'abansi b'u #Burundi . @DrCinjire wabonye indero muha inyamiramabi? Wumva none worira ubonye iyo nyifato?
@abatwip257
# Abatwip ~𝕏
4 days
‘’Yazane sha’’ the shameless police officer said.
1
3
7
@Sihoturi
Sihoturi 1er
3 days
Tubisesangure. Nahum arazanye marchandises. Umurongozi muri @OBR_BI aba amusavye igirurire. Nahum aranka. Nawe ati sinemera ko udédouana. None birangiye 40 containers bazitaye. Aha naho bizobazwa Faustin? Inyankaburundi tubana nazo, dusangira nazo. UmuDD ku muDD...vuuuu!
0
0
1
@Sihoturi
Sihoturi 1er
3 days
🎙 Selon Egide Butoyi, conseiller juridique de TBC (Tanganyika Business Company), les marchandises sont entrées au #Burundi en 2018. Dès leur arrivée, le responsable des douanes à l’OBR aurait exigé des frais supplémentaires jugés « illégaux » #Abatwip aka kantu mwakabonye?
@MagazineJimbere
Jimbere
3 days
🔥 40 conteneurs remplis de marchandises (vêtements, chaussures, sacs, accessoires…), d’une valeur estimée à environ 10 milliards BIF, ont été incinérés après être restés bloqués pendant 7 ans par l’@OBR_BI à la suite d’un désaccord fiscal 🎙 Selon Egide Butoyi, conseiller
3
1
3
@Sihoturi
Sihoturi 1er
3 days
#Abatwip nama navuze nti karma is a bitch @GregLeGrecq wumvise tonton? None ubu ari he? Nta mupatriote yamusumvya icubahiro n'uburakari. @semerera2
1
0
1
@Sihoturi
Sihoturi 1er
4 days
Nawe ushizemwo ishavu ryishi🤣🤣🤣🤣🤣
@GregLeGrecq
Greg Le Grec
4 days
Pensée émue pour Bunyoni 🥲 Before After
1
0
8
@Sihoturi
Sihoturi 1er
4 days
Containers 40 z'ibidandazwa, Nahum Barankiriza wa Tanganyika Business Company yari yararanguye muri 2018 bimunanira kudédouana , vyaturiwe na @OBR_BI inyuma y'aho @BBNBurundi itangarije ko bitujuje ubuziranenge. Uwushaka umuDD umutuma uwundi.
4
1
10
@Sihoturi
Sihoturi 1er
4 days
#Burundi abayoutubeurs bari mu kwaha kwa SNR: @semavumba , #ShinewayTV ya Mignonne, Alu Arlene &Liam pro bo #KumurwaTV, @UmukubitoTV yagatechTV, #Utamupodcast , #Fleurypodcast Haca hiyongerako n'uducomptes twabiyita aba patritotes beshi ni aba étudiants bahendeshwa utuméga.
8
6
26
@Sihoturi
Sihoturi 1er
4 days
💯Ugapfunga umuRASTA uzoba ugaragaje intege nke zawe. 💯Ukirengagiza UKURI uzoba ugaragaje intege nke zawe 💯Ukattaqua FAUSTIN uzoba ugaragaje intege nke zawe 💯Ugahirahira hakagira ico Faustin aba uzoba ugaragaje ububegito bwawe. Cc @GeneralNeva #SNR et tous les Ventriotes
5
7
35
@irakoze____
Barankitse
4 days
@burundionthemap I dislike iyo batuvuze uko turi tuguma twidadira. I personally can testify ko ivyo batuvugako atari ububeshi, recently ndiko ndatambuka ngana I Mahwa, ivyo nakorewe ntavyo nashimye kuvuga. Burundians we are beggars indeed ibaze guforca umuntu kuguha tip 😴
4
2
6
@zzzooel
조엘
4 days
Iptu... Mugira mumurementanirize ibintazi kubera yabajije ibibazo abarundi benshi dushaka kumenya habari yavyo.
@kanyamune
KANYAMUNEZA Sandy Gabriella
4 days
#Threads Si l'on analyse attentivement les propos de Faustin #Ndikumana envers notre gouvernement, on remarque clairement qu'il prépare quelque chose contre la stabilité de la paix acquise au prix des sacrifices des fils patriotes. @ParcemBurundi @Patriote257
1
3
5
@yigenga
Umuhinga yigenga
4 days
définition: Leta
15
19
99
@zzzooel
조엘
4 days
Mbega bagufashe uriko urasoba barakureka ugaheza canke ucuhagarika? Je me dis uyu yarishe menshi kubera bamubwiye stop acarabandanya.
@yigenga
Umuhinga yigenga
4 days
Gusoba birazivye iki gihugu umwe wese namategeko yiwe
5
1
2
@kim_2k04
Audio na video
5 days
X is down, can you reply this?
6
4
11
@Sihoturi
Sihoturi 1er
5 days
#Abatwip iyi engrais idashikira abarimyi ubwo si kubera Faustin atararongora? @GeneralNeva comment ça va? Wumva worira ?
@MagazineJimbere
Jimbere
5 days
🙆🏾‍♂ À Bubanza, les agriculteurs sont inquiets car la quantité d’engrais de type urée distribuée est insuffisante: 2.600 sacs étaient attendus, mais seulement 600 ont été livrés. Chaque agriculteur n’a reçu qu’un sac de 50 kg, même ceux qui avaient payé pour plusieurs 📌 Les
1
0
1
@Sihoturi
Sihoturi 1er
5 days
#Abatwip mwabonye agacerere abapatriotes barimwo? Ubu bari mu ma laboratoires bategura ibitutsi baza gutukana. Cobikoze Faustin yakubise ahababaza urya muntu.
1
2
8