Imbwa itukura
@i_itukura
Followers
6K
Following
47
Media
309
Statuses
455
#Mukuna, yaraye asuzuguye @Burundi_senat na @nshingamateka ,aho zari zamutumiye mugikorwa na @burundiceni ,ubutumire yari yabwemeye ,abisivya hasigaye amasaha make igikorwa kibe. Abo muri CENI bahashitse babakiriye munyuma basubizwa inyuma.
6
1
29
Ku maraso menshi y’abana b’abarundi n’indembe umurengera ziryamy mu bitaro bitandukany mu #Burundi,cane cane muri Hopital Militaire de #Kamenge. Iconyereka aho #Mukuna na #Grace ( Mugabe) wiwe aho bicaye izi saha.
Ce soir mardi 9 décembre 2025,L'AFC/M23 vient de faire une entrée triomphale dans la ville d'Uvira, C'est officiel, le Burundi a désormais un nouveau voisin.
9
4

Imburi zanyuma kuri #Mukuna: "Kirazira kuvumba inzoga, utengewe" Beshi mubakwegereye,baragushuka bamwe bariko biga uko bagusubirira, bivuye kukibazo co RDC wishoyemwo. Ganira nabandi barundi,Fungura abo wita abansi bawe,tahukana impunzi ube sebarundi koko.
9
6
43
Nkubu #Mukuna agize uku agafasha #Barandagiye guheza umwaka neza akamukura mu #gashomeri,#akaborerwe n’#abambarandende.
9
4
43
Nkubu #Mukuna agize uku agafasha #Barandagiye guheza umwaka neza akamukura mu #gashomeri,#akaborerwe n’#abambarandende.
9
4
43
Les vols ✈️ à destination de Bujumbura ont changé leur sens d’atterrissage.
11
5
124
Mukuna est rentré de façon précipitée. Alors qu’il devait initialement revenir lundi, il a finalement avancé son voyage. Une réunion qu’il devait tenir avec des membres de la communauté burundaise vivant aux États-Unis a également été annulée.
Arrivée du Chef de l’État #Burundi-ais, S.E. @GeneralNeva, à l’aéroport international Melchior Ndadaye ce 6/12 à son retour de Washington DC, où il a participé ce 4 décembre 2025 aux cérémonies de signature de l’« Accord historique de paix » entre la RDC et le Rwanda.
11
3
43
Bimwe mu biziga vyaraye bishitse 4:00 du matin gushika mukanya vyari bikiriko birapangwa muri morgue nini muri #Gakumbu aho abasirikare bita muri #Guantanamo.
Ibiziga vy’abasirikare b’abarundi @fdnbbi bapfira i #Congo muriki gihe ni vyinshi.Imiryango yabo isabwa kuza kuri #Messe des officiers ikajanwa n’imodoka atari iza gisirikare(ambulances et double cabine #GB) kugira ije kwakira ibiziga.
7
8
39
#Abarundi bakwiye kumenya ko amakambi mu #Burundi ari vides.Benshi bari aho bagirira formations yo kuja i #Congo.Ahandi ni #Nyanza-Lac déployé à #Cibitoke,11è blindé déployé à #Gihanga,#Gatumba,#Kayanza.Ahandi bari ni PM et QJ.Ahasigaye ntibaba barenga 50 mw’ikambi.#absentia
Hier, avant son départ pour #Washington, le Président #Ndayishimiye a ordonné le renforcement des #FDNB à #Uvira. Même 8 militaires (4 officiers, 4 sous-officiers) en formation au pilotage de drones de combat à #Muzinda ont été déployés précipitamment. #Burundi #RDC #M23
6
10
38

Nta gitangaje kuko abakuru b’amakambi bashigwaho bandikigwa message kuri #whatsApp.Uwukuwe acarungikwa i #Congo aho asabwa kubanza guca kwa #Prime amwibwirira ko hariya asangayo abahungu biwe mu #birombwe kandi badakogwako.Bamwe barimba abandi bakaraba umutekano wiyo bishorwa.
Alors que les actions de la FDNB continuent de diviser l’opinion – certains observateurs évoquant une armée « reconvertie en mercenaires » au service du chef de l’État et d’une poignée de hauts gradés – Gitega continue d’affirmer jouer un rôle stabilisateur dans l’Est de la RDC,
4
2
20
Ubu mw’icukugwa ry’#ubutare mu #Cibitoke kiragabuye: #Prime na #Mukuna barakuyemwo #Ndakugarika. #Prime agenda i #Ndora na #kajugujugu.
8
4
54