King Umurundi Freedom-ASBL
@KUF__ASBL
Followers
3K
Following
290
Media
112
Statuses
219
Organisation à but non lucratif engagée dans la promotion des droits humains, la bonne gouvernance. https://t.co/WLwNa55lT1
Joined September 2023
Le 26/11/2025 Kumenyesha-ihindurwa ry'inimero ya WhatsApp. Ku mvo z'ubuhinga, mw'ishirahamwe King Umurundi Freedom twashaka kumenyesha ko twahinduye inimero twahora dukoresha kuri WhatsApp. Inimero nshasha ni +33 7 58 27 92 94 Inimero ya kera ntigikora. Murakoze kubandanya
2
5
14
🟥Enquête King Umurundi Freedom — Guerre des minerais (Partie II) : Harcèlement, complot et humiliation d’un député dans l’arène minière #FocodeMagazine | 24 novembre 2025 Dans ce deuxième volet de la Guerre des Minerais, King Umurundi Freedom retrace, avec précision et
0
14
44
#Burundi Intambara hagati y'umukuru w'igihugu n'umukuru w'inama nshingamateka muvy'ubutare. Kuber'iki umwana wa NDABIRABE yagiye muvy'ubutare ? Umushingamateka baramutwaye imodoka? Amatoni menshi y'ubutare yarafashwe. Kuber'iki abayafatanwe badahanwa ? https://t.co/EEi2PYdhUk
2
3
25
🟥Enquête King Umurundi Freedom — Burundi : la guerre des minerais et l’ombre pesante du Président de l’Assemblée Nationale Première partie de l’enquête publiée ce 22 novembre 2025 #FocodeMagazine | 22 novembre 2025 Au Burundi, derrière les collines tranquilles de Kayanza, se
2
12
46
Igice ca 3 ku ntambara y'ubutare. Muri kino gice, tuza kurabira hamwe ubutare umukuru w'igihugu aheruka gufatana Amstel na Mayondori, ariko vyaranse ko bahanwa. kuber'iki hoho babandanya kwimba ubutare ata ruhusha bafise ? Tubanze twibutse ko kw'igenekerezo rya 03/12/2022,
0
3
11

Igice ca kabiri ku ntambara y'ubutare. Imbere yo gushika kure, tubanze tugaruke ku bucuti budasanzwe hagati ya NDABIRABE n'ivyo bihangange vyimba ubutare. Kuva batanguye gushika i Kabarore kwimba ubutare, Amstel na Mayondori, bari bariyegeje abategetsi muri CNDD-FDD. Bakorana
1
7
15

#Burundi Le 22/11/2025 Intambara y'ubutare hagati y'abategetsi ba CNDD-FDD. Amagorwa y'umushingamateka yambuwe imodoka. Hagati y'umukuru w'inama nshingamateka n'umukuru w'igihugu ni nde afise inguvu muvy'ubutare ? << Kuber'iki hari umushingamateka yambuwe imodoka agataha
3
6
26
🎥 Nous sommes EN LIVE ! Rejoignez la discussion intergénérationnelle des défenseurs des droits humains avec la #CBDDH. 📅 Vendredi 21/11 | 🕖 19h–21h30 (Bujumbura) Zoom : 820 5729 2807 | Code : 104741 #Burundi
https://t.co/zyj0RHrRPH
us02web.zoom.us
Zoom is the leader in modern enterprise cloud communications.
0
1
6
#Burundi Faustin NDIKUMANA yahisemwo kwishura umukuru w'igihugu ku vyo yamututse. Asaba abahoze barongoye igihugu co kimwe n'abasenyeri ba katolika guhanura umukuru w'igihugu. Faustin abandanya kuvuga ko igisata c'ubutare kirimwo igipfungu cinshi https://t.co/nyxZUj7oMT
0
3
18
#Update Le 18/11/2025 Umuyobozi w'ubuhinga muri OTRACO yarekuye imodoka zija kwunguruza abanyagihugu. Duheruka gushikiriza inkuru ijanye n'amanyanga ariko akorerwa muri OTRACO, harimwo imyidogo y'abakozi bitumwe n'uko umuyobozi w'ubuhinga (Directeur Technique), Jacques
#Burundi Le 22/10/2025 Amanyanga canke ubunyonyezi bigejeje habi ishirahamwe OTRACO. IGICE CA 1 Kuber'iki imodoka za OTRACO zitakija kwunguruza abanyagihugu hagati mu gisagara ? Nkuko twabimenyesheje, tugiye gushikiriza urukurikirane rw'ibibabo vyugarije OTRACO, ibigiye
0
2
4
#Burundi : La nouvelle audience de la journaliste #SandraMuhoza est fixée à ce mercredi 19 novembre 2025. La semaine dernière, la Cour d’appel de Ngozi avait brillé par son absence, reportant l’audience au motif que la présidente « n’avait pas encore parcouru le dossier ». La
1
8
12
🔴 Buringa : umukuru w'imbonerakure yaranyurujwe ku wakane uheze. 18-11-2025: Abiwe ntibazi iyo Ferdinand Nsabimana yajanywe kuva ku wakane, igenekerezo rya 13.11.2025. Amakuru batanga yerekana ko uyo mukuru w'imbonerakure muri zone Buringa yafashwe nkuko abandi benshi bamaze
2
10
33
#NakivaleRefugee_SettlementCamp_Uganda From #Tanzania to #Uganda, the situation is repeating itself: interviews conducted from this #Monday, 17 November 2025, in #Nakivale with #Burundian refugees are raising serious concerns, just like those previously observed in #Tanzania.
0
2
10
#Burundi Impamvu Musitanteri wa Bubanza yabogojwe mu mabanga. Zuguruzuguru yadutse mu mugambwe. https://t.co/iTvsoxdTfT
0
1
6
Igice ca kabiri kw'ibogozwa rya Musitanteri wa Bubanza. Abagumyabanga bari bankiye iperereza gutwara Musitanteri. Gushika ubu baranse gushiraho uwundi. Tuje kuri zuguruzuguru yaciye itangura. Inyuma y'aho rero SIMBAGOYE Jérémie abogojwe, ibihangange mu mugambwe CNDD-FDD
5
7
29