Commune Isare
@CommuneIsare
Followers
312
Following
2K
Media
124
Statuses
1K
Joined November 2020
0
3
3
0
5
5
#Burundi Haritezwe mukanya kwugurura ikiraro co muri karatiye #Gahwama zone #Rubirizi komine #Ntahangwa intara ya #Bujumbura kur'uyu wa gatandatu. Ico kiraro kikaba cubatswe kunguvu z'abenegihugu bagiwe imbere n'indongozi zabo muri karatiye. Mwibuke👇👇 https://t.co/KSJvGA4jOB
0
4
6
Hasigaye imisi ine, Nyenicubahiro @GeneralNeva agenwe kurongora Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika @_AfricanUnion
20
72
108
Harashizwe imikono ku masezerano y'ubwumvikane hagati ya Reta y'u #Burundi na @DangoteGroup yo gukorana mu gihe kirekire mu bijanye n'ivy'ibitoro, ifumbire mvaruganda, ubutare, ubutunzi kama, amabarabara asanzwe n'ay'indarayi, uburaro n'ibindi.
0
52
72
0
1
3
Ibikorwa nk'ibi nivyo vyari bikenewe kugwizwa mugihugu. #Abasatirizi_b_akarere hamwe na @BSamuragwa mwubahwe. @GeneralNeva #Burundi
https://t.co/EML3qeGE4G
0
2
4
Image du jour. Merci à notre équipe ORL et d'anesthesie réa d'avoir sauvé cet enfant (ablation d'une pince à cheveux d ses voies respiratoires). Aux parents d faire également très attention à leurs petits bouts. Nous restons à votre entière disposition pr tout problème d santé
0
3
4
Uhomba umuntu kiri kw'isi y'abazima ahura nrwo. https://t.co/XjLtWUIzpd
0
3
4
Erega Uburundi Imana yarabukunze kandi irabukunda, ibimenyetso nivyinshi, kandi iguma inagura Uburundi n'abarundi. Rero ihanga ry'Uburundi ni isoko ya bose kandi n'umuco. https://t.co/cDWrUFM0aI
0
2
3
0
2
2