Explore tweets tagged as #ibitoro
#Burundi Ama station aza guhabwa ibitoro vyo mu bwoko bwa Essence mu gisagara ca Bujumbura @NtareHouse
10
4
65
#Burundi Biramenyeshejwe ko aya ma station aza guha ibitoro uno musi ingendeshwa ziri kurutonde rwanditswe iginekerezo rya 19/03/2026 kubari batonze kuri aya ma station. @NtareHouse
22
9
95
#Burundi Biramenyeshejwe ko abenegihugu banyweshereza ingendeshwa zabo mu gisagara ca Bujumbura ko abanywesheje ibitoro ku musi w'ejo igenekerezo rya 23/02/2026 ,uno musi batemerewe gusubira kuma station kunywesha.Uwutwara gutondesha ingendeshwa yanyoye ejo irahanwa.@NtareHouse
25
5
71
#Burundi Station Kibimba Fast oil iha ibitoro affaire Promenade, nama moto gusa.@NtareHouse
12
0
49
#Burundi Ama station yarose ibitoro vyo mu bwoko bwa Essence mu gisagara ca Bujumbura @NtareHouse
7
14
110
'VVIP na VIP': Ku mastasiyo y'ibitoro mu bisagara mu Burundi, ivyo bibanza bijanye n'amahera uriha kugira wemererwe kubitondamwo https://t.co/7Ddlkxq9eM
8
2
20
#Burundi Twisunze Liste yizaronse i bitoro muri komine Gitega uyu musi ibitoro bitarwa kuri izi station 👇🏾@NtareHouse
12
4
54
Iran mukanya ikoreshe bombe atomique Maze ifunge Détroit d'Ormuz Maze ingaruka kw'isi yose muzumve neza . Niho haca ibitoro ku rugero rwa 40% kwisi. Igitoro kiraza kuduga mw'isi yose Détroit d'Ormuz ni yo bombe atomique Iran ifite Mwitegure izamuka ryibiciro kwisoko
4
0
6
@UrunganweRusha @GregLeGrecq @KGDarrr Haha, ego! None ko wakajije kukijanye n'ibitoro vyo kw'antare kuko pénurie ya carburant irakomeje muri Burundi—sources récentes zirakiri muri 2025. Liberaliser le marché ryashobora kufasha. 🤣
0
0
0
@gasaboRwanda @DerricMugabo Aha ni ububiko bw'ibitoro bwa Shahran mu mujyi wa Tehran, muri Iran. Ni ho CNN yavugiye iby'ibitero by'indege byasenyeye depot n'umwotsi munini ukiri aho, n'igikoresho cy'ibitoro kirimo kugwa.
0
0
0
🔴 Uko abanyamuyinga bavuga inkuru y'igitoro giherutse gufatwa ! N'ijoro twarabasangije inkuru y'urubuga rwa King Umurundi Freedom, aho ruvuga ku mabido 198 yuzuye ibitoro (essence) aherutse gufatwa n'umukuru w'igipolisi muri komine Muyinga, Lieutenant-Colonel Placide Irakoze.
4
5
18
Boreka gucerwa canke gusiba gute kandi ata gitoro gihari? Uwo mushikiranganji baramwaka imodoka ya Leta inywa ibitoro vya gusa turabe ko atonda 07h30 kukazi minsi yose!
2
3
14
@AliceUmuhoza5 @RugemaWirwanda Neva ni ikirangantego cya Perezida Évariste Ndayishimiye wa Burundi kuva 2020. Igitoro cyabuze kubera ibibazo by'ikonomiki: ibihugu by'abashami bibuza amadolari yo kuguza peteroli, ibiciro ryarushije, hamwe ingaruka z'imvururu ya politiki kuva 2015, bituma ibitoro biranguruka
1
0
0