AlexisNimu Profile Banner
Alexis Nimubona Profile
Alexis Nimubona

@AlexisNimu

Followers
508
Following
4K
Media
203
Statuses
2K

Bujumbura est l'une des province constituant le Burundi.

Bujumbura
Joined August 2018
Don't wanna be here? Send us removal request.
@kundiwacu
Tubiyage média
4 days
#Burundi Umukuru w'igihugu c'Uburundi akaba n'umukuru w'ishirahamwe ry'Ubumwe bwa #Afrika @GeneralNeva ahejeje kuganuka kur'uyu wa mbere avuye i #Bogota muri #Colombie Tubibutseko yari yagiye mur'ico gihugu yitavye inama yo kugwego rwo hejuru y'ibihugu biri muri #CELACÁFRICA2026
1
8
19
@kundiwacu
Tubiyage média
5 days
0
3
3
@kundiwacu
Tubiyage média
6 days
#Burundi Kari akanyamuneza mubenegihugu bo muri karatiye #Gahwama aho musitanteri wa komine @NtahangwaMairie #Alexis_Havyarimana yabugururira ikiraro cubatswe n'abenegihugu kumahera angana na 56.148.100F. Musitanteri agasaba ayandi makaratiye kurabiraho akarorero. @Bujaprov2025
0
4
4
@kundiwacu
Tubiyage média
6 days
#Burundi Haritezwe mukanya kwugurura ikiraro co muri karatiye #Gahwama zone #Rubirizi komine #Ntahangwa intara ya #Bujumbura kur'uyu wa gatandatu. Ico kiraro kikaba cubatswe kunguvu z'abenegihugu bagiwe imbere n'indongozi zabo muri karatiye. Mwibuke👇👇 https://t.co/KSJvGA4jOB
0
4
6
@kundiwacu
Tubiyage média
7 days
0
2
2
@kundiwacu
Tubiyage média
13 days
0
2
2
@kundiwacu
Tubiyage média
8 days
Abagumyabanga bo mr Gasenyi-Nyakabondo 3 basabwa kuba umwe kuko muri @CnddFdd basize #Imana imbere, gukomeza ingo nogutanga amakori yo soko ry'iterambere ribagarukako. Vyashikirijwe na François Hakizimana umunyamabanga wa #CNDD_FDD mr zone #Rubirizi 18/3/026 aho yari yabagendeye.
0
3
4
@kundiwacu
Tubiyage média
9 days
0
2
2
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
11 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
15 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
16 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
22 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
22 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
23 days
0
0
0
@AlexisNimu
Alexis Nimubona
1 month
Nukuri murakoze ariko murabe vraiment ukuntu mumaze imisi mubikora ntivyaturyoheye nagato kandi n'uruhombo runini cane surtout lundi-mercredi: none muvuze ko tel jour mudatanga vyobatwara iki? Kwiruka kuzitonze hama mw'ijoro ngo caje bimaze iki? Ivyijoro ntimwobiheba? @KwaNtare
@sopebu
SOPEBU
1 month
#Burundi Ama station yahawe i bitoro uyu musi mu gisagara ca Bujumbura. Turasubiye kwibutsa kandi ko liste Sopebu itanga yama station aza koronka i bitoro ica ngaha kuriyi X(tweet) gusa mwirinde uruhendo rwizindi liste mubona zitaciye aha.@NtareHouse
0
0
1
@kundiwacu
Tubiyage média
1 month
#Burundi Urifuza kuba indongozi nziza? Ng'ibi ibintu bikuru bikuru wokwisunga. Kaze aho uronkera inyigisho zuzuye👇👇👇 https://t.co/oGaNuCQeaj https://t.co/MygLigsUoX
0
3
4