Explore tweets tagged as #Intakorwako
#Burundi
@BuhumuzaProvinc | 05/02/2026. Umushingamateka yafatanwe ibitoro vyinshi vya magendo. Biraherera he ? Intakorwako mu mugambwe CNDD-FDD yafatanwe ibitoro vya magendo yongera itera ubwoba intwazangabo yabimufatanye. << Mbega azohanwa canke bizoherera aho nyene ? >>,
20
19
76
4 hashtags que vous trouverez souvent dans les publications du #FOCODE en 2024 : #Ndondeza sur les cas de disparitions forcées #Impahazwa sur les cas d'injustices notoires #Intakorwako sur l'impunité des auteurs des crimes graves #Agahaze : analyses sur la gouvernance. #Burundi
0
16
43
#Burundi #Impahazwa vs #Intakorwako Umwigeme Adonette Manirakiza apfunzwe ku karenganyo ka Parquet ya Makamba ! Ivyashikiye Adonette Manirakiza ni akarenganyo katagira izina. Uyu mwigeme amaze imisi 11 mu gasho ka komisariya y'igipolisi i Makamba. Ariko azira ko yanse kuba
33
14
45
#Burundi #Impahazwa vs #Intakorwako Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo ariko azira iki kugeza ubu ? Amerewe gute ? 06-01-2025: Kuva asohorwa ibohero rikuru rya Mpimba ku wa 22.10.2024, Colonel Léonidas Hatungimana batazira Muporo aracapfungiwe mu gasho k'iperereza i
0
4
7
🔴 #Intakorwako Mu Burundi hoba hariho urwego rwoshobora guhana Shabani Nimubona ? Ejo haheze, urubuga King Umurundi Freedom rwasohoye inkuru yerekana urudandaza rwa magendo rwoba rukorwa na Shabani Nimubona, umukuru w'imbonerakure mu ntara ya Buhumuza akaba yitwa ko ari
5
7
25
#Burundi #Impahazwa vs #Intakorwako #Inyuruzwa #Ndondeza 🔴 Mutimbuzi : Umunywanyi wa CNL Fidèle Nkurembone ari hehe ? Hari umunywanyi w'umugambwe CNL aherutse kunyuruzwa muri zone Maramvya ya komine Mutimbuzi. Fidèle Nkurembone yanyurujwe n'abakozi b'iperereza barongowe na
1
6
15
📌 POLITICS 🌍 Source: @pnininahazwe
#Intakorwako Ramadhan Juma na Romalick Niyongabo. Ku wakane uheze ku mugoroba (28.12.2023), amafoto yabo yariko arahanahanwa ku mbuga ngurukanabumenyi. Umukozi w'iperereza Ramadhan Juma batazira Rama, inderetsi (informateur) y'iperereza
2
4
5
@Cinjire @CamilleKamanzi La roue tourne mon pote, bushobora guca kabiri nawe ukisanga uriko usaba ubuhungiro. Wibuke ko n'abagusumvya amapete ubu bari mwibuye kandi bari bibaza ko bari intakorwako😂 isi ntisakaye nawe wonyagirwa. Ngo ils fuient quoi maintenant ?😂😂😂😂
1
0
2
@BurundiInsight Rindira abamotsi ba Kigali batangure kugutuka ngo ucunganwe n'ivyanyu biyibagiza ukuntu bigira intakorwako mukuvogera Burundi ! Burya birababaza rero? Imihimbiri gusa
10
0
0
@Ndarangavy69117 @VOANews @pnininahazwe @rugbob78 Icari kibabaje nuko abazikorako babarundi canke abanyarwanda bari bigize intakorwako mugukora ibitari kinyamwuga
0
0
0
#Burundi #Impahazwa Vs #Intakorwako Makamba : umuvyeyi apfunzwe mu kibanza c'umugabo, kandi apfunganywe n'umwana w'amezi atanu ! Uyu muvyeyi yitwa Niyonkuru Aline. Aba muri quartier Kigwati I, muri komine n'intara ya Makamba. Ku wakane uheze mu gatondo (24.10.2024), umugabo
1
17
24
B/@GeneralNeva,@HonSinzohagera,@BurundiGov,@FinancesBdi,@MiniJustice_BDI,@MininterInfosBi,@burundi_cvr,@CnddFdd,@R_Ndikuriyo Uko mungana, ninde yemeye kwerekana ivyo atunze? Amahoro n'ubutungane vyova he, kandi bihagarariwe n'ibirirahabiri? Ukunywana kwovahe, hariho intakorwako?
0
0
1
#Burundi #Impahazwa vs #Intakorwako #Ndondeza 🔴 2024 : Iperereza mu gisagara ca Bujumbura ryaranyuruje abantu ku murindi udasanzwe ! N'imiburiburi abantu 16 baranyurujwe n'iperereza mu gisagara ca Bujumbura muri uyu mwaka wa 2024 turangiza uno musi. Amakuru dufise avuga ko
14
15
26
@yigenga Hariho igihangange kimwe gusa cabananiye gufata @GeneralNeva ngira niwe yogishobora gusa ni DAF WA HOPITAL GITERANYI urya n'intakorwako umukozeko usigara urahuhutwa mu ntoke @mspls_bdi ndabeshe? Igiturire kizotsindwa un jour i believe @yigenga courage mu kazi kawe tukur'inyuma
0
0
8
@MahoroKirungo1 Impfura,intakorwako! Niyirambire.
0
0
0
@IgihugunIbanga @pnininahazwe @rugbob78 @ikigatanyakazi @JosJonesNkunz Iyo nzara ufis izokwambik ibara sowanyu bunyoni wob uzi nae ko yitwa inyakaburundi knd yar intakorwako abant mwes mwishinga kuDDmba bizorangira mumaranye🤣🤣🤣🤣🤣
0
0
1
@RealManziWilly @fdnbbi @AfcCongo @albcontact @ebeegeexi @EgidieBibio @goma24news @JanvierPopote @SugiraMireille @kivuresidence Fanatic. General 4 🌟 yarwanye imyaka irenga 10 niw urikuvuga. M23 niyagerageza, peut-être babikore baziko ari mission suicide kuribo. Kandi M23 itashoboye gufata JP Bemba we yaje Goma, akagera na Sake kandi aho yageraga hose yahegenda n'ibinyamakuru bibizi. Haba intakorwako.
0
0
0
#Burundi #Impahazwa vs #Intakorwako
#Ndondeza Ari hehe Niyimporera Christophe batazira Kibada ? 23-11-2024: Yitwa Niyimporera Christophe batazira Kibada. Avuka ku mutumba wa Mageyo muri komine Mabayi mu ntara ya Cibitoke. Arubatse, ni umuvyeyi w'abana batanu. Mu kazi kiwe ka
0
5
6
@Edbiziman Imbunuza umuhimbira umwambuzi umwirisi kwigir intakorwako sont tes caractéstiques😀😀😀
0
0
3
@Baconib @GeneralNeva @KwaNtare @NtareHouse Ibintu yakoze vyiza: 1. Kugabanya amanyama abari barigize ibihangange, intakorwako, 2. Kugabanya igitigiri c'intara. 3. kwugurura umukapa wari wapfunzwe n'umuhisi(Gusa impembo y'umwana ipfa mumagodoka, urabonako we nyene yipfungiyeko atanamanda imwe aramara) ico yaragifuse
2
0
4