KAJANDI JUVENT
@KJuvent
Followers
99
Following
291
Media
42
Statuses
160
Joined July 2014
Iyo ubonye hariya hirya ya kanyaru batariko barakoma akaruru, bisigurako M23 iriko irakubitwa. Uravye drone ukuntu ituritsa ibiraho. Urwagasabo ruri mukigandaro.
0
0
0
🕴️Kugira tumenye akahise niyo mpamvu tuguma twibutsanya, turabana mumaso dusubira tumenyana kugira tubandanye urugendo rutuganisha ku mbonakazoza duca mumakanda y'intwari zacu zitangiye igihugu. #Ntahangwa02_10_2025 ======================= L.J Bujumbura Elysée _NGAYEMPORE 🇧🇮💪🦅
0
2
3
Rohero-Q INSS Av Kayanza No 4 En bas Fidodido et juste après Avenue Muyinga. Welcome
0
0
0
Mu karuhuko arimwo,Nyenicubahiro @GeneralNeva ari kumwe na @Burundi1stLady yasoromye ibiraya mu murima wiwe uri i Bugarama,mw'ikomine ya Muramvya,akaba yariyemeje guhindura uburimyi inkingi y'iterambere.Umukuru w'Igihugu agira ati: "Ibihe vy'uburuhuko bisigura guhindura ibikorwa"
0
63
78
#Burundi Mu ntumbero yo kwitegurira neza ibanga ridasanzwe ryo guserukira Abenegihugu mu Nama @nshingamateka, Umugambwe @CnddFdd watunganije umwiherero nkarishabwenge utumiwemwo Abashingamateka baherutse kwizerwa n’Abarundi ngo babaserukire mu kiringo ca 2025-2030. Mu kwugurura
47
134
168
Even if you sleep you dream it, you agree it, we will sign soon, Very good
0
0
2
Turi inyuma yanyu Ndongozi nziza zacu. Imana yabaduha ibatuzigamire.
0
0
0
‼️ This claim is not only false, it’s dangerous. No Burundian is denied a passport, diplomatic or ordinary, based on ethnicity. Such reckless statements sow unnecessary division. I encourage @NgogaFred to elevate the truth, not tribalism.
40
23
85
Why congolese are accepting Belgian Soldiers enter inside their? I few days I know that they are going to be genocide like the one was in Rwanda. Belgian Soldiers are not going support Congolese.
0
0
0
Baze babaze abakurambere uko vyamye. Utangura intambara igaherera iwawe munzu.
0
0
0
Niyaba Urwanda rwakunze Bujumbura ruciye muri Congo. Natwe tuzokunda #Kigali duciye mu Kirundo. Uburundi ntibushora gushigikira abantu bose bashobora kugira ubwicanyi. Abarundi ntibazoshobora gupfa nkakurya abandi bicwa. Abarundi twamye turi ingwanyi. @willynyamitwe
3
4
13
#RDC Aucun être humain ne mérite de vivre de telles atrocités 💔💔💔. Lire tout cela déchire le cœur 😭😭😭😭😭
186
289
840