
MANI Microfinance s.a
@manifinacial
Followers
21
Following
35
Media
9
Statuses
9
Joined May 2025
"Amasanamu yaranze ibirori vyo kwugurura icese ibikorwa vya Microfinance yanyu". #MANI_Microfinance
1
1
5
🗣️#MANI_Microfinance ikiraro c’iterambere ryawe. Ku cicaro gikuru kiri iruhande ya #Bicor, muri komine #Mukaza mu gisagara ca #Bujumbura hagira habe ibirori vyo kwugurura icese Microfinance yanyu. Ibirori vyatewe iteka n’indongozi zitandukanye harimwo n’uwuserukira @BankiNkuru
0
1
6
Ubu butumire nawe waburonse? Utaruguruza Konte ca ubanguka, tuzobe turi kumwe twigina. #business #Burundi #finance #FinancialFreedom
0
0
2
#mani_microfinance ni nshasha, ariko imaze gukora ibikora inka. Aho ishitse abantu baratamba. N'abayimenye kare biyamira mu mashimwe. Ikorera mu nyubakwa ziri iruhande y'icicaro ca #bicor mu gisagara ca #Bujumbura #Burundi. #Monday #moneydrop.
0
0
1
ITANGAZO. "MUNTUMBERO YOKWITABA AMATORA YABASHINGAMATEKA N'ABAHANUZI BAMA KOMINE,TURAMENYESHEJE ABANYWANYI BOSE HAMWE N'ABAKOZI BA MANI MICROFINANCE KO KUWA 05/06/2025 KO IMIRYANGO IZOBA YUGAYE MURAKOZE." #MFG
0
1
3