JUSTICE FOR ALL (JFA) Profile
JUSTICE FOR ALL (JFA)

@justsness

Followers
4K
Following
793
Media
1K
Statuses
10K

Justice For All

Joined April 2016
Don't wanna be here? Send us removal request.
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
17 hours
JFA irifadikanije n'abarundi bose kwibuka igandagurwa ry'umuganwa Louis Rwagasore. Ubutumwa bwacu ni: "Ivyaraye bibaye muri Madagascar, aho abanyagihugu baraye bomoye abategetsi b'imburakimazi, turabishoboye aha Mu Burundi, kandi atankoho zirinze gukora".
0
0
0
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
13 hours
Bunyoni - amayobera. -abaganga bariko baramuvura bariko bagirwako iterabwoba ryo kwicwa, hari n'abagira bayanyage -uko vyiswe ngo Radjabu yatorotse, hanyuma akicwa, niko bigira bigendere Bunyoni, kuko amasumu bamugaburiye yamutebeje. Bunyoni arigumya ico umuntu abiba nico yimbura
0
0
2
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
16 hours
JFA is closely monitoring the ongoing fighting in DRC. Our Pdts need to exercise great caution, as the situation is becoming increasingly complex with the involvement of powerful countries. The greatest risk now is the potential threat to the lives of some of these leaders.
0
0
0
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
2 days
Abaririmvyi b'abarundi bati: 1. Iminsi irahera iyindi ikaza..... 2. Kuba kw'isi nukwitonda, yohohohoho Kuba kw'isi n'ukwitonda bagenzi yohohohoho....
3
0
6
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
2 days
Hariho ikintu abarundi tutrashikako, canke tutaramenya. Kumenya ico umuntu ashoboye n'ico womuzeza. @GeneralNeva akazi ko kuba Pdt si akiwe. Ico yoshobora ni ugukora muri restaurant canke mu cabaret, kuko yamiza mukanwa indya n'irengwe, canke kwimba ubutare. Eeeh, n'ikiboyi!
3
0
1
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
4 days
Stade intwari ni kubera iki vyanse ko isakarwa impande zose? Mu myaka 20 Cndd-fdd imaze ku butegetsi, vyaranse ko bogira n'umugambi n'umwe borangura neza ukaja inzira imwe. Ivyo biva ku nda ndende yabo yo kwama banyuruza amatungo rusangi. Ntibabona ko iYO STADE IKENEYE GUSAKARWA?
4
0
0
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
4 days
Ivy'amabuye y'agaciro ya @GeneralNeva birimwo ibinyegezwa vyinshi. Amakuru ava muri PAEJ avuga ko nabo bumiwe Neva avuzeko ari PAEJ yayimvye kuko ngo ayo ma camions yazananye muri Congo kuko ay'u Bdi yarasanzwe yimbwa, Neva na Njerina bakikegetera. Ngo ni idiri Tchisekedi-Neva
2
1
1
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
4 days
Uyu mugore azopfa nabi. Agize ubwirasi, akanyaro, ...ntiyibuka ko aho ari hari abandi! Ejo agafatishwa intoke ntazotabaze Pacique!
1
0
4
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
4 days
Neva yavuze ati: "nzoyagira ibikaratasi." Aho yavuga amafaranga y'amarundi. None vy'ukuri BRB ntishaka guhohotera inzirakarengane? Ivyo uwutwara BRB yavyibagiye? None ibikaratasi bikozwa iki? Bamwe babicapako, abandi bavyandikako, abandi babikoresha muti toilette!
1
0
1
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
5 days
Ndirakobuca Gervais alias Ndakugarika avuze ukuri, ikibazo n'uko vyanse vyose kuri iyi ntwaro ya @GeneralNeva. Neva yizeza abantu vyose kandi azi ko vyanse atabihari. Ariko nawe yarabibonye aca atubwira ko azobazwa ivyo muri 2040-60. Abenegihugu baraciye ubwenge ubu ntabeshe!
5
7
27
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
6 days
Bunyoni twaramubwiye ko yishe gungere! Amaraso ya Hafsa Mosi yasheshe, azomuhumira n'uruvyaro rwiwe.
1
1
4
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
6 days
Amagara yo mu mutwe ya @GeneralNeva arabandanya kuba nabi. Aho gukora ivyo ajejwe, ubu agira aje gucunga abaja mu bifaro n' ubutsita. Ahebe nyene yenyaguze! Ivyo nivyo igihugu camutumye? Qd mm naho woba ikijuju ntiwogeza hiyo. This is ridiculous!
0
0
2
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
6 days
Iri bumuduze da! Imana aba ba DD baza barakinisha, bazomenye ko atari muvyara wabo!
1
0
2
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
6 days
Aba DD iyo bahimvye bahimba nabi! Ntacoyimena!
9
3
19
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
7 days
Bunyoni aba yishwe zamani iyo Kikwete/abatanzania bataja kuba intambamyi. Ariko @GeneralNeva yararahiye ararengwa ko Bunyoni ategerezwa kugirirwa akantu kumutse imbere y'uko 2026 ihera.ivyo yakorera abandi nawe barabimugira! Apfuye na Bunyoni ntitwobahenda!
1
1
5
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
1 year
@GeneralNeva,mbere wambwiye abarundi ko Bunyoni ariwe yarapfukamye igihugu mu nda. Buraca uti igitoro uracifatiye mu ntoke, BRB ukubitira muri Présidence, ama dollards urogoroza uhereza njerina ngo agiye kuzana igitoro. None aho vy'ukuri urarya ukaryama ubona ibintu nk'ibi?
1
1
3
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
16 days
Mbega Bunyoni k'ugenda vyanka n'iki ga Mwana wa Mamaaaaa? Ko mbona amaso yabay'umunani n'iki ga Mwana wa Mama?
4
4
9
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
8 days
None burya aba ba Cndd-fdd ntibarabona ko isi yose yabahinyuye? Ejo bazovuga ngo ni Kagame, canke abanyabururi canke abatutsi canke aba coloni? Isi yose yobanka ibaronderako iki aba médiocres barongowe n'imbunuza nka @GeneralNeva ?
@FOCODE_
FOCODE
8 days
#Burundi : Bonne nouvelle ! L’ONU prolonge d'un an le mandat du Rapporteur spécial sur le Burundi #FocodeMagazine | 06 octobre 2025 Par 23 voix contre 9 et 15 abstentions le Conseil des droits de l’homme des Nations unies a voté ce 06 octobre la prolongation d’un an du mandat
0
0
1
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
8 days
JFA yashaka ikurire inkoni ku gishitsi abibwira ko Radjabu akiriho. Yarishwe kandi kera! Kuva igihe yatorokeshwa mu mpimba, umugambi wo kumwica wari warapanzwe neza. Yacishijwe muri Tanzania, umwanya muto cane, hanyuma yaciye asubizwa mu Burundi. Yishwe urupfu rw'agashinyaguro!
5
3
12
@justsness
JUSTICE FOR ALL (JFA)
8 days
Ntihica ubwoko hica intwaro mbi! Peter yishe Radjabu, Nyandwi na Adolphe, @GeneralNeva yica peter, Bunyoni nawe😱, ico bita ruboza, kandi nawe uko ariko yica, buca yicwa, ataravye neza na famille yiwe yose! Aba DD mwigira ibikoko, nimba mutariga, ngo mubone, vs êtes idiots
3
2
14