
COMMUNE GISHUBI(Official Account)
@gishubi65800
Followers
75
Following
6
Media
8
Statuses
10
Umugwi w'inama nkenguzamateka y'Uburundi wagendeye komine #Gishubi Kuri uwu wa 10 Gitugutu 2025 urongowe n'icegera c'umukuru w'inama nkenguzamateka #Generose_Ngendanganya mu ntumbero yo gutanga inyigisho Ku ndongozi za komine mu mugambi wa Reta wo kwegereza ubutegetsi abenegihugu
1
3
3
Ku ncuro ya 19,urumuri rw'amahoro rwashitse muri komine Gishubi Kuri uwu wa 8 gitugutu 2025,aho rwakiriwe Ku bikorwa vyo kwubaka ikiraro #Waga gihuza umutumba wa #Tye muri zone #Nyarusange n'umutumba wa #Nyakibari wo muri mwaro @NtareHouse
0
1
3
Onze chefs des départements ont été nommés par l'administrateur communal après délibération du conseil communal réunit en sa session extraordinaire du 17 septembre 2025. Le conseil communal a donné droit à l'admicom de veiller si les domaines communaux n'ont pas été accaparés .
3
5
8
#Gishubi: Abarongoye ama zone n'imitumba ya #Kibere, #Bukirasazi na #Kibuye barashikirijwe icese amabanga imbere y'abenegihugu bagiye kurongora.Ico gikorwa caranguwe na Musitanteri wa komine Gishubi arikumwe n'umunyamabanga nshingwabikorwa w'iyo komine nyene kuri uwu wa 9/09/2025
4
6
11
Kuri uwu wa 1/9/2025,Musitanteri wa komine Gishubi #Baryana_Appolinaire yifadikanije n'abaremeshakiyago muri zone #Ryansoro bafashwe mu mugongo n'umugambi PRODER mu ntumbero yo kwigisha abenegihugu ibijanye n'ukwitaho abana n'abavyeyi mu vy'ingaburo n'ukubungabunga amagara yabo.
2
2
5
Kuva Ubu nta musore arekuriwe gucikiza canke kurongorera mu nzu z'abavyeyi.Nayo amarigara aratujijwe . Ivyo vyashikirijwe na musitanteri #Baryana_Appolinaire mu ngendo yagize zo kugendera ama zone ya #Mahonda #Buraza na #Butezi Kuri uwu wa 28/08/2025
10
7
15