FABSVISION NETWORK
@fabsvisionnet
Followers
22
Following
17
Media
8
Statuses
12
Leurs échanges ont porté sur la création d'une société mixte dans le cadre du Partenariat Publique Privé (PPP) en vue de la reconstruction du marché central de Bujumbura.
1
25
35
S.E le 1er Ministre @NtahontuyeN a tenu une réunion à l'intention des responsables de la société Ubaka Nation en présence du Ministre des Finances, du Budget et de l'économie Numérique et son homologue ayant les infrastructures dans ses attributions.
4
37
55
9
15
113
Amasanamu yaranze WORKSHOP MENTORSHIP yateguwe na @FabsVision biciye muri @fabsvisionnet
#businessmindset #Mentorship #Abatwip #Burundi #Bujumbura #Africa #development #fabsmind #Entrepreneur
0
2
12
Igihe nico nyishu ya vyose, Ko Imana yaduhaye ikatubwira guhonyora mu kirenge cayo mu gutanga, mukaba muzohabwa ubumenyi no gukurikiranwa kw'imigambi yanyu aho bizoba biremeshwa na @FabsVision Aho rero kwiyandikisha, muhamagara kurizo nimero ziri kwiyo photo. #abatwip
0
3
8
Iki nico gisabo giherekejwe n'ubutumwa umugwizatunga Ndipa asaba Diaspora na Leta y'Uburundi. Link y'ikiganiro cose 👇🏿👇🏿 https://t.co/ROBPocii4G
@FabsVision @akezanet @MagazineJimbere @burundionthemap
#abatwip #diaspora #talkshow #burundi #development #fabsmind #fabsvision
0
2
5
🚨YASOHOTSE 📺 WATCH IT NOW🚨 Kurikirana ikiganiro c’Umurwizatunga NDIPA kuri FABSVISION TALK SHOW aho atwiganira uko yabaye Umurwizatunga, Uko woba Umurwizatunga, Impanuro, Inyigisho, ku Barundi no kuba Diaspora. Tittle: From ZERO to BIG BOSS @FabsVision
https://t.co/Etr7mRquQ5
0
1
1
🚨YASOHOTSE 📺 WATCH IT NOW🚨 Kurikirana ikiganiro c’Umurwizatunga NDIPA kuri FABSVISION TALK SHOW aho atwiganira uko yabaye Umurwizatunga, Uko woba Umurwizatunga, Impanuro, Inyigisho, ku Barundi no kuba Diaspora. Tittle: From ZERO to BIG BOSS https://t.co/Etr7mRr2FD
0
2
3
Ubutumwa bwa @satb257 kuri Leta hamwe na bagwizatunga bari mu Burundi. Link: https://t.co/Gllxpa6w5Z
@burundionthemap @bestof257
#education #success #fabsmind #easterafrica #burundi #Rwanda #Tanzania #development #artists #kirisese #HitSongs #businessmindset #Abatwip #WEURO2025
0
0
1
Ngizi ngingo-ngenderwako @satb257 yakoresheje kugira agume ahagaze neza mu rugendo rwiwe rw'umuziki Fabsvision Network 👇🏿 https://t.co/4YM0WFnFjU
@FabsVision @alan_the_real
#fabsvision #EducationMatters #Development #business #success #fabsmind #talkshow #kirisese #HitSongs
0
2
3
🚨WATCH IT NOW🚨 Umviriza SAT-B @satb257 Akwiganire uko yabaye icamamare mukuririmba | Iterambere mu Muziki | kumemya impano zawe | N’izindi mpanuro. The hit maker of #KIRISESE Subscribe kuri YouTube Channel ya fabsvisionnetwork ntihagire ibizogucika. https://t.co/Stb9sD6TVm
2
3
6
🔴𝐀𝐛𝐚𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐢𝐦𝐢𝐭𝐚𝐡𝐞 𝐛𝐚𝐳𝐢𝐠𝐚𝐧𝐢𝐣𝐞 𝐲𝐢𝐜𝐚𝐲𝐞, 𝐛𝐚𝐫𝐚𝐡𝐚𝐰𝐞 𝐢𝐤𝐚𝐳𝐞 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚 𝐢𝐦𝐢𝐭𝐚𝐡𝐞 𝐦𝐮 𝐦𝐮𝐠𝐚𝐦𝐛𝐢 𝐰𝐨 𝐤𝐰𝐮𝐛𝐚𝐤𝐚 𝐤𝐢𝐣𝐚𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐢𝐬𝐨𝐤𝐨 𝐧𝐤𝐮𝐫𝐮 𝐲𝐚 𝐁𝐮𝐣𝐮𝐦𝐛𝐮𝐫𝐚. =========================== Bihejeje gushikirizwa
5
5
25