Bigirimana Eric Profile
Bigirimana Eric

@ericbigiri

Followers
15
Following
281
Media
2
Statuses
187

Comptable chez @bmbcbi

Mairie de Bujumbura
Joined June 2023
Don't wanna be here? Send us removal request.
@UbumweHebdo
UBUMWE
2 years
Kuri uyu wa 6 Mukakaro 2024 ku kibuga c'umupira #Kugasaka, hahimbajwe Yubire y'imyaka 75 iheze Diyoseze ya Ngozi ibayeho. Wabaye kandi n'umusi wo kwatira abasaseredoti 15 n'abadiyakori 12. Ivyo birori bikaba vyari bihagarariwe na Musenyeri wa Diyoseze ya #Ngozi Georges Bizimana.
1
5
26
@BmbcBi
BMBC Group
2 years
0
5
6
@bmbcbroadcast
BMBC Broadcasting
2 years
Un terminal d’une capacité de 400 conteneurs aménagé au port de Bujumbura, dans le cadre d’un vaste projet de réhabilitation et de modernisation du port de Bujumbura. #AMPB
0
3
6
@bikorimanavi
Bikorimana Vianney
2 years
Travaux de construction en cours sur la route RN3,tronçon Rumonge -Magara.
0
4
7
@bmbcbroadcast
BMBC Broadcasting
2 years
0
2
4
@ericbigiri
Bigirimana Eric
2 years
Nta muntu ashobora gukora ibintu bihambaye mu mwanya muto. https://t.co/3qQKJUKSHl via @YouTube
0
0
7
@bbcgahuza
BBC News Gahuza
2 years
#Burundi: #ElcyneNijimbere yatanguje umugambi wo gusanga abantu aho bari akabogereza imodoka [#CarWashMobile]
1
6
47
@EjoHezaFM
Ejo Heza FM 101.4 MHz
2 years
1. #Métier_ Âgée de 58 ans, Madame Médiatrice Nkurunziza pratique avec succès la maçonnerie. Elle a commencé par être aide-maçonne avant de recevoir une formation accélérée en construction, en feraillage et coffrage chez la société de construction @BmbcBi.
1
4
8
@BmbcBi
BMBC Group
2 years
0
1
5
@bmbcbroadcast
BMBC Broadcasting
2 years
#Abakenyezimwiterambere:Gutera iripu, ferraillage,coffrage, maçonnerie, ni bimwe mu bikorwa abakenyezi bakora mw'ishirahamwe @BmbcBi bamaze kugiramwo ubushobozi. https://t.co/hu1RYC062y @MweneKajekurya @Mutorejeannemi @AlsinIranzi @BmbcBi
0
5
8
@bmbcbroadcast
BMBC Broadcasting
2 years
0
5
9
@MweneKajekurya
Buterere🇧🇮Mwene🇧🇮Kajekurya
2 years
Ntubona ko twese turira ngo ibiciro vy'ibifungurwa vyarenze, uragerageza ubwire abo mufise ico musangiye, ku kazi, kw'isengero, cane cane abitwa ngo barize, uti turondere umutahe turime, uzoheza umbwire! Tumenyere kwironderamwo inyishu za bimwe mu biduhanze.
7
2
10