
UMUCO
@Umucomedia
Followers
1K
Following
906
Media
1K
Statuses
2K
Umuco est un media en ligne créé par l'entreprise UMUCO MEDIA Ltd pour contribuer dans le secteur du développement du pays et octroyer la place à la diaspora
Boulevard du Melchior Ndadaye
Joined January 2023
Karibu mwese dusangire ikiyago 🗓️:14.01.20245 ⏲️:9PM(BJM) @iamelysgretta
@Santalatalitha
@franckpson
@boris_evrard257
https://t.co/rbgbtT6WtT
1
2
4
🚚💠Kuri uyu wa kabiri ku wa 07.10.2025, Umukuru w’igihugu @GeneralNeva yuguruye icese ishora ry’ubutare bwa mbere mu gihugu c’ubushinwa.Ubutare bushowe bukaba buri mu bwoko bwa Ametyste, amakontineri 6 agizwe n’156t hamwe n’ubutare bwa Quartz Vert, amakontineri 4 agizwe 104t.
0
2
10
🗣️Mu kiganiro Evariste Ndayishimiye yahaye abamenyeshamakuru, yaburiye abarundi bimba ubutare mu gihugu bidaciye mu mategeko ko ikiringo babahaye caheze.Akaba yarangije ahamagarira abarundi bose bazi ahari ubutare ko boca babivuga kuko ngo igihugu cose cuzuye amabuye y’agaciro.
0
1
1
🇧🇮✍️Uwahoze ari umuhuzabikorwa wa Paeej; Désiré Manirakiza, uwahoze atwara igisata c’uburongozi n’ubutunzi; Clarisse Nsabimana, hamwe n’uwahoze atwara igisata c’inyigisho muri Paeej; Alida Niyongabo,bongeye kwizerwa n’umukuru w’igihugu k’uwu wa 06.10.2025 mur’ayo mabanga.
1
2
7
🇧🇮✍️Mu gihe hari amakuru yacanacanyeko ku mbuga ngurukanabumenyi avuga ko @FabsVision yoba afunzwe,akaba yavuye mu gacerere biciye mu ka Video kurubuga rwiwe rwa IG. Yasavye abarundi kudata umwanya ku majambo avurwa ahubwo babandanye bamushigikira mu bikorwa ariko arakora.
1
3
12
💸Amafaranga ashika 60.000.000 Fbu yaraye yibwe kuri posita yo mu buyenzi mw’ijoro ryo kuri uyu wa 03.09.2025, kuri Posita yo mu Buyenzi, abayivye bakaba bataramenyekana.Akaba ata kindi kintu cibwe canke cononekaye atari ayo mafaranga gusa.Igipolisi kikaba catanguye amatohoza.
0
1
2
🇧🇮Ishirahamwe Infonet ryerekanye ivyo logiciel #Gisabo imaze gukora aho amadosiye 93868 kuri 105123 y'abakozi ba Reta amaze gushirwa mu buhinga bwa none,hari I mbere y’icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu Prosper BAZOMBANZA k’uwu wa 02.10.2025 Inkuru👇: https://t.co/0jQ8HQbWf2
0
0
1
4️⃣ Imyaka 4 iraheze umugambi @PAEEJ_Burundi ushinzwe,kugira ngo ufashe urwaruka gukora imigambi yo kwiteza imbere no kurufata mu mungongo.Hari abavuga ko uwo mugambi batabona ico wamaze, n’abandi bakawushimira.N’ibiki wamaze n’ibigiye kurangurwa?? 👇 https://t.co/dEUU1tdxqn
1
1
1
🙆♀️Umuryango wo muri Komine Muyinga, ku wa 22/9/2025,wakubitiye ku bitaro bikuru vy'i Karusi kugira baje gushingura uwabo basanga yashinguwe kera basangayo uwundi,impamvu ngo n’uko uwo bamwitiranije basa amazina,bakaba basaba ko azurwa agashinguranwa iteka n’umuryango wiwe.
0
1
1
🇧🇮⚽️Umurwi Flambeau du centre uraye utahukanye ibahasha y’30.000.000Fbu wari wemerewe na Kazohera Venerand inyuma y’urukino rwawuhujije n’umurwi AI Akhadar Sac wo mu barabu k’uwu wa 20.09.2025 kuri Stade Intwari. Umurwi Flambeau du Centre ukaba watsinze 2-1.
0
0
2
🇧🇮Lt-Col Gervais HARERIMANA yagenwe n’umukuru w’igihugu mu mabanga yo kurongora ishirahamwe rijejwe gutunganya,gukurikirana no kugenzura uruja n’uruza rw’indege mu Burundi(AACB) Harerimana akaba asubiriye Amb. Joël Nkurabagaya yararirongoye kuva mu mwaka w’2021. #Burundi
1
1
2
🇧🇮🗣️Jacques BIGIRIMANA arongoye igisata c’ingenzi mu #Burundi yamenyesheje ko Reta ishima ibikorwa vyakozwe n’ishirahamwe @IngoMagazine kuko ivyo baritumye ryabishitseko.Yasavye abigeme 5 batowe kwama bibuka ico batorewe kandi bibuka ko imigambi yabo ari iyije guha akazi abarundi
0
4
6
🇧🇮 Igisirikare c’uburundi kiramira kure abavuga ko mu bisongerezi hinjiramwo abegereye ubutegetsi gusa.Hari mu gihe Gnrl de Brigade Gaspard Baratuza umuvugizi w’igisirikare ku r’uyu wa 12.09.2025 yatanga ikiganiro ku bamenyeshamakuru. Inkuru yose👇: https://t.co/4Zil9qShmN
0
1
2
💬 Selon le documentaire, une grande partie de la richesse des pays européens s’est construite sur le dos de l’Afrique, à travers des siècles d’exploitation, de spoliation des ressources, de destructions environnementales et de violations massives des droits humains.
1
1
2
Ce 13 septembre 2025, à l’hôtel Kiriri Garden , a eu lieu la projection d’un documentaire poignant réalisé par le réalisateur sénégalais Ibrahim Sow et projecté par @AfriqueMedia. L’intégralité de l’info👇: https://t.co/yIKVFxB8mH
1
2
3
🔢📈 Mu biharuro vyatanzwe n’ikigo kijejwe amabarabara muri 2022, bakoresheje hafi imiriyaridi 25 yo gusanura amabarabara,nayo mu kigo OBR mu myaka 3 iheze, bahomvye imiriyaridi 16 zirenga, kubera batakoresha ubuhinga bwa none. Inkuru yose✍️: https://t.co/LNxuHZmdjG
0
1
4
🎥 RÉPARATIONS : “LA DETTE COLONIALE” Un documentaire d’@ibrahimsow 📍Kiriri Garden – Bujumbura 🗓 13 septembre 2025 📺 Projection par @AfriqueMedia 💬 Crimes coloniaux, dette historique, justice pour l’Afrique. Un film qui dérange, un débat qui s’impose. #Afrique
0
1
2
🇧🇮💵 Amafaranga angana n’imiriyoni 14 z’amadorare niyo yahawe igihugu c'Uburundi nk’ingabire kuri uyu wa 9 Nyakanga 2025 biciye mu bushikiranganji bw’ikigega ca Reta,ibanki ijejwe iterambere rya Afrika "BAD",OMS hamwe na Unicef. Inkuru yose 👇: https://t.co/hNMVo9oouJ
1
1
2
2. Yamenyesheje ko iryo shure ritazovangura mu kwakira abanyeshure kuko rizokwakira bose ariko baciye ubwenge kandi bafise indero. Muri abo ngo harimwo abafise amikoro make bazorihirwa na fondation Inkuru yose 👇: https://t.co/x6qbyokm2R
0
0
1
Fondation umugiraneza igiye kugurura ishure ry’indaro SOCLE du savoir mu ntara ya Gitega rizotangurana abanyeshure 400 n’ibisata 3 nk’uko vyashikirijwe n’umuyobozi waryo NDENZAKO Subhana kuri uyu wa 5/9/2025 1. Economique 2. Mathématique et Statistique 3. Biochimie&ScT 1/n
1
2
2
🇷🇼 ✝️ #Rwanda: Inkuru y’urupfu uwitwa « Musabyimana Gloriose » yarasanzwe azwi kw’izina rya Gogo ndetse akaba yamenyekanye ku karirimbo mpimbazamana kazwi nka : 🎶 Everideyi ayinidi burudi ofu jizasi 🎶. ✍️ Yitavye Imana k’umyaka 36 mu gihugu ca Uganda ari mw’ivugabuyumwa.
0
0
1