
Samuel Ndayiragije
@SamNdayiragije
Followers
2K
Following
640
Media
182
Statuses
458
Entrepreneur et President de la Diaspora Burundaise
Joined May 2015
Hello, Iyo ukunda igihugu cawe, ntibibonekera mu majambo gusa, bibonekera no mu bikorwa. Igenekerezo rya 25/10/2025 azoba ari umusi wahariwe Uburundi mu makungu ku barundi bose baba mu makungu. Abarundi bose tubasaba guhura mubihugu barimwo mu budasa bwabo. Mwitegurire uwo musi
3
3
11
« Inkingi Z’IMBONAKAZOZA nous a montré que le talent, l’unité et l’espoir peuvent façonner une nation. La Diaspora n’est pas lointaine — elle est bâtisseuse au pays. 🌍🇧🇮 »
2
3
11
Hello #DiasporaIdasinzira , Tugomba tugire itunganywa rishasha rya @DIASPORANDUNDI kugira bidufashe gushika kw’ihangiro twihaye.
3
4
20
Thank you so much BANCOBU @bancobu. @DIASPORANDUNDI turabashimira ingene mwatubaye hafi n’ubu mukiriko!
0
3
15
Abarundi Twese tuba mu mahanga tube turitegurira umusi wahariwe UBURUNDI mu makungu, #Burundiday
@MAEBurundi @NtareHouse
2
6
18
Abatazi Uburundi babuvuga nabi, ariko twebwe tubuzi neza turabuvuga neza. ✨🇧🇮 Uburundi bugiye gutera imbere kuko benshi batanguye guhindura ingendo n’inyifato berekeza ku Imbonakazoza y’Uburundi. Ndafashe rutemakirere 🛫, ngiye kuburata mu makungu. I Burundi Musigare amahoro
9
17
62
As President of the Burundian Diaspora, I proudly signed an MoU with the Burundi Development Agency (ADB) , a decisive step to anchor the Diaspora as a strategic pillar of our nation’s Vision 2040–2060. Together, we will drive investment, connect global markets, and secure
4
9
36
Iki ni ikimenyetso cemeza neza ko ivyavuzwe ku #Mbonakazoza bigomba bitangure kuja mungiro. Nezerejwe no kubona Umukuru w’umugambwe uri ku butegetsi @CnddFdd Nyen’iteka @R_Ndikuriyo yerekanye akarorero keza ko gutonda umurongo ku musi w’amatora y’abakuru b’imitumba. Ikimenyetso
3
12
36
Ndakengurukiye cane abatunganinje iri higanwa rya Rallye International du Burundi. Nkengurutse ingene vyari bitunganijwe neza cane!
0
23
37
Ndakeje cane Abarundi baba muri Mozambique kugikorwa c’iteka bakoze co gutanga ibikoresho vy’ishure ku bana ba ntaho nikora bo mu Ruziba. Abana barenga 300 akaba aribo baronkejwe ibikoresho vy’ishure. Umwe wese akaba yaronkejwe amakaye 10 hamwe n’amakaramu 2. Iruhande
0
14
36