#Burundi
#Gukebura
.Ntimurwe mu mutego.
Hari comptes 2 za X ziherutse kuvuka vuba:
1° Kamikazi Anne Violetta:
2° Breaking News:
Mu matohoza twakoze hano,twagira tubamenyeshe ko izo comptes zashizweho kandi zikoreshwa n'uwitwa…
#Burundi
Umushingamateka Agathon Rwasa arongoye umugambwe
@CnlBurundi
yagize isanganya ridasanzwe mu gatondo k'uno musi le 01/01/2024 igihe yariko aja gusenga n'umuryango wiwe.Isanganya ryabereye mu gisagara ca Bujumbura:kw'ibabara rya 28 Novombre,ruguru gato ya Kaminuza…
#Burundi
"Ntiturahembwa,ntituzi ivyashitse.Dusaba ko baduhemba,ibibazo ni vyinshi mu miryango".
Abo ni abakozi ba leta barwiriyemwo abigisha,abaganga,abapolisi n'abandi.Bose bavuga ko gushika ubu batarahembwa umushahara w'ukwezi kwa 03/2024.Ntibatahura ivyashikiye
@MFPTE_bdi
…
#Burundi
@CommuneMuha
Zone
#Kanyosha
1.Hari umwana atabarizwa,ariko ahohoterwa
Uwo mwana w'umwigeme akiri muto yitwa HIMBAZA Anny Graciera,ariko ahohoterwa na mu kase(KWIZERA Yvette)babana mu nzu.
Uwo mu kase aherutse guturira uwo mwana n'
#ipasi
yo kugorora kugira amuhane
#Thread
Incamake y'ubuzima bwa
@DNiyoncungu
David NIYONCUNGU avuka mu ntara ya
#Bubanza
,commune Gihanga.Yakuriye cane mu gisagara ca Bujumbura,Zone Kanyosha,ku Musaga aho benshi bita ku rya 1.
David amashure yisumbuye yayize i
#Bujumbura
,yahereye kuri Lycée Municipal Rohero muri Lettre…
Cher
@DNiyoncungu
kubera ko wama ugomba kwifatira mu gahanga runo rubuga,benshi ntibazi intumbero ufise.Ariko ni iyo kwiyegereza ubutegetsi. Ni yo mpamvu ejo nzoshira ahabona ivyawe kugira abatakuzi bakumenye.Ejo nzogaruka kuri kahise kawe muri Politique.
Merci
#Burundi
Biratangaje kubona nitwa umu "Criminel"
Biratangaje kubona nagirizwa icaha kimwe n'abakozi ba leta ya
@CnddFdd
1° Kenny Claude NDUWIMANA yahoze akoreshwa n'iperereza ry'Uburundi mukumpiga ngo mpagarike amakuru kuva 2020,Kenny Claude ari mubigeze gutumwa…
#Burundi
Hari inama igira ibe muri rino joro i
@MuyingaProvince
.
Iyo nama ikoranya abarongoye
@CnddFdd
mu ntara zose.
Amakuru yo kwizera n'uko batumweko kibiriraho na
@R_Ndikuriyo
ari nawe aza kuba arongoye iyo nama.
Ivyirwa mur'iyo nama y'ijoro itangura 00:00 ntibiramenyekana...
Ku makuru twari twashikirije ejo hahise ajanye na dossier ya NGENDAKUMANA Arsène,MTWARI Régis Marie,BISOMA Elvis na TUBEHO Christal twasanze harimwo igipfungu cinshi kandi dusanga ari dossier y'amatati ari hagati y'abaryango basanzwe bakorana ivy'akazi. Ni dossier…
#Burundi
1.Hari urubanza ruvurwamwo amanyanga.Ninde abuza ishirwa mu ngiro ryarwo?
Ni urubanza ruhuza uwitwa Emery INGABIRE (Umurundi) n'uwitwa KUBWIMANA Sandra(umunyarwandakazi,aba mu gihugu ca
#Canada
).Sandra yari yaraje mu Burundi.
#Thread
#Burundi
@MairieBuja
@NtahangwaMairie
Hari umwana atabarizwa.
Uwu mwana asanzwe akorera muri
#Q_Kigobe
muri Bloc A (Bloc ya CIP). Ni hafi yahari Ambassade ya
#Amerika
mu Burundi.
Nk'uko ababanyi bamutabariza bavuga,uwu mwana aho akorera afashwe bunyamaswa,agakubitwa misi yose 1/3
#Burundi
@MairieBuja
1.Uwutwara umugambwe
@CnddFdd
muri
@MukazaC
arapfunzwe mw'iperereza.
William NDAYIMIRIJE apfunzwe kuva hirya y'ejo,akaba ariko abazwa ku mafranga ashobora kuba yaranyurujwe aho yakoze mu bushikiranganji bwo gufatana mu nda mu mugambi w'abana bo mw'ibarabara.
#Burundi
@CommuneMuha
Zone
#Kanyosha
1.Hari umwana atabarizwa,ariko ahohoterwa
Uwo mwana w'umwigeme akiri muto yitwa HIMBAZA Anny Graciera,ariko ahohoterwa na mu kase(KWIZERA Yvette)babana mu nzu.
Uwo mu kase aherutse guturira uwo mwana n'
#ipasi
yo kugorora kugira amuhane
#Thread
#Burundi
@MairieBuja
Kw'isoko yo mu Buyenzi benshi bita
#Ruvumera
hahejeje kuba ibintu bitangaje.Abanyagihugu babonye ama grenades 4 yarateze hafi y'isoko,ahari Cabine y'amatara ya
@Regideso_bdi
.Abanyagihugu bahamagaye abapolisi,barazitegura.Abateze izo grenades ntibamenyekanye.…
#Burundi
1.Hari umusirikare atabarizwa na bagenzi we.Yitwa
#Lino
afise ipete rya Colonel.
Intandaro ya vyose,uwo musirikare yanse kuyobora:
#Commandement
abasirikare bari bateguwe kujabukanwa mu gihugu ca
#Congo
ejo hahise,bakuwe mw'ikambi ya gisirikare iri muri
@CibitokeProv
#Burundi
Biratangaje kubona nitwa umu "Criminel"
Biratangaje kubona nagirizwa icaha kimwe n'abakozi ba leta ya
@CnddFdd
1° Kenny Claude NDUWIMANA yahoze akoreshwa n'iperereza ry'Uburundi mukumpiga ngo mpagarike amakuru kuva 2020,Kenny Claude ari mubigeze gutumwa…
#Burundi
Hari umukenyezi ahejeje gupfira mu
#Mpimba
ubunyene Le 01/01/2024(22h:20)
Uwo mukenyezi yitwa NIZIGAMA Edith.Yari yatwawe aho mw'ibohero rya Mpimba kuva ku musi wa Gatanu Le 29/12/2023 bivanye n'ideni ry'amafranga yarafitiye bagenzi we mu vyo bita
#Silk
.
Umuryango wiwe…
#Burundi
1.Umukuru wa sentare nkuru y'igihugu ya
@RumongeProvince
araye ijoro ryiwe rya mbere mw'ibohero rikuru rya
@Province_Bururi
.
NAHAYO Gaspard yazindutse afatwa uno musi n'igipolisi co mu Rumonge k'umutahe w'umushikirizamanza mukuru wa parike nkuru ikukira sentare ya Bururi
#Burundi
Ntawuzi ko woba ari umugambi wa leta wo kugara ihinguriro
@sosumoburundi
canke ari ubunyoyezi busanzwe bw'abarirongoye.Ariko ico bikoze,ihingururo
@sosumoburundi
rigeze habi.Umwanya n'umwanya rikugara kubera ubunyonyezi bw'abarirongoye.
Guhera ejo,tuzobashikiriza…
#Burundi
@MairieBuja
Sinzi ko twovuga "ibihe bibi mu gisagara",ariko ico bikoze igisagara ca Bujumbura cugarijwe n'ibibazo vyinshi harimwo ikiza ca
#Chol
éra cateye.
Abanyagihugu ntibagira ayo bacira n'ayo bamira. Ni mu gihe mu gisagara nka cose ata mazi meza aharangwa,ikitavuzwe…
#Burundi
@CommuneMuha
Zone
#Kanyosha
1.Hari umwana atabarizwa,ariko ahohoterwa
Uwo mwana w'umwigeme akiri muto yitwa HIMBAZA Anny Graciera,ariko ahohoterwa na mu kase(KWIZERA Yvette)babana mu nzu.
Uwo mu kase aherutse guturira uwo mwana n'
#ipasi
yo kugorora kugira amuhane
#Thread
#𝗕𝘂𝗿𝘂𝗻𝗱𝗶
@MairieBuja
𝗕𝗮𝘁𝗮𝘀𝗵𝗲 𝗯𝗶𝗳𝘂𝗺𝗯𝗲𝗿𝗲𝗷𝗲 𝗮𝘁𝗮 𝗴𝗶𝘁𝗼𝗿𝗼 𝗯𝗮𝗿𝗼𝗻𝘀𝗲,𝗸𝘂𝗯𝗲𝗿𝗮 𝗮𝗺𝗮𝗻𝘆𝗮𝗻𝗴𝗮.
Abanyagihugu bari batondeye igitiro kuri station
#Mogas
iri aho benshi bita kuri Face à face,hagati mu gisagara ca Bujumbura bavuga ko batashe…
1.Nk'uko twabibemereye,uno musi dushira ahabona amanyanga akorwa n'abakozi ba
@OBR_BI
Mu bijanye n'ama parcel.
Uko bikorwa,hari akarwi k'abakozi ba OBR kashizweho n'umuyobozi mukuru ari we Jean Claude MANIRAKIZA.Ako karwi kajejwe kwiga/gukurikirana ahaba haguzwe parcel canke inzu
#Burundi
@NgoziProvince
Hari umunyagihugu w'umugabo apfiriye mu gisagara ca Ngozi.Bivugwa ko yishwe na Kigoyi.
Uwo mugabo atigeze amenyekana yoba yaraje avuye mu gisagara ca Bujumbura iyo yakora afise akagunira mu ntoki,aho yari yicaye (ku ryakane,musi ya station Kwa…
#Urgent
@BubanzaProvince
Commune
#Gihanga
Umutekano urahungabanye i Gihungwe.
Hari amasoro menshi ariko yumvikana ku mutumba wa Gihungwe,Zone Gihanga.
Abanyagihugu bavuga ko bariko bumva urwamwo rw'amasasu,ubunyene 22h00.Ntibaramenya ico avuyeko.
Ni inkuru ibandanya....
#Update
Bategetswe kuva mu ma Hôtel barimwo bagataha mu Burundi.
Inkuru ya nyuma turonse,n'uko abakinyi ba
#Dynamo_BBC
bari baserukiye Uburundi muri Africa y'epfo bahejeje gusezerwa mur'izo nkino kuko barenze ku mategeko,bagakina banyegegeje ikimenyetso ca
#VISITRWANDA
.
#Burundi
Le 21/10/2023: 30ème Anniversaire de
#HEROS
de la démocratie.
"....Cette démocratie est venue au moment où les burunais en avaient réellement besoin.Ça fait 30 ans que le Burundi a connu un régime pratiquement de parti unique depuis l'indépendance....:NDADAYE Melchior
Pour quelle raison doit-on s’en prendre à une personne qui cultive, récolte … et exploite le fruit de sa sueur à sa guise? Certains Twittos (
#abatwip
) s’égosillent sur le riz burundais et chinois, les mettent dans un même sac, pour salir, … délirer! Na mwe ni murime, mwimbure.
#Updates
Inyuma y'imisi mike apfunzwe,leta imenyesha ko ari yo imufise.
Leta,ibicishije ku muvugizi wa
@MininterInfosBi
:Pierre NKURIKIYE,imenyesha ko Kenny Claude NDUWIMANA apfunzwe.
#NKURIKIYE
nta vyinshi yashimye kuvuga kur'iyo dossier,avuga ko amatohoza akibandanya.