COMMUNE KABEZI
@KabeziCommune
Followers
28
Following
41
Media
0
Statuses
25
#Burundi Uno musi wa 15/4/2022 musitanteri wa @CMubimbi Ir Dismas Harimenshi afadikanije n'abahanuzi biwe bagendeye imitumba ya Kigunga, Kanyinya na Magarure. Abenegihugu bakaba bahanzwe n'ikena ry'isukari n'iduga ry'ibiciro kubifungurwa vya nkenerwa. @NSENGIY64134066
0
1
6
#Burundi Murukurikirane rwo kugendera abenegihugu ku mitumba musitanteri wa @CMubimbi Ir Dismas Harimenshi yaragendeye umutumba wa Gisagara kuwa gatatu 13/4/2022. Bakaba bamushikirije ibibazo: abarimyi babuze ifumbire kugihe, ikena ry'isukari igitoro n'ibinyobwa vya @brarudi_sa
0
2
8
Kuri uwo mutumba wa Gitenge abenegihugu basavye ko ibarabara ribahuza n'iyindi mitumba ryo korwa nk'uko vyemewe n'abafasha komine, guheraheza amashure, kuronswa amazi meza, imiti kw'ivuriro n'ifumbire bakayironswa kugihe. #Burundi @BujumburaProv
1
2
4
Uno musi wa gatatu 13/04/2022 musitanteri wa komine Kabezi umupfasoni @EsperanceHaboni ari kumwe n'umunyamabanga ntayegayezwa hamwe n'imvukira zo ku mutumba Gitenga yatunganije inama n'abenegihugu bo kuri uwo mutumba bakaba bamushikirije ibibazo bafise kuri uwo mutumba.
1
2
4
2/3 Buramatari Ir Désiré @NSENGIY64134066 yibukije abari aho ko nyakwigendera yipfuza gusubiza abarundi bataye indero "discipline" ku murongo. Yasavye imvukira kuja hamwe bakore bateze imbere intara ya #Bujumbura.
1
4
8
1/3 Ibirori vyo kwibuka nyakwigendera umukuru w'igihugu c'U #burundi Cyprien Ntaryamira, muri @BujumburaProv vyabereye muri komine @CMubimbi , komine yavukiyemwo. Ibirori vyatanguwe n'inkuka ya Misa yaherejwe kuri paruwase Mubimbi yitiriwe umweranda Tereza. @MininterInfosBi
1
3
9
Murukurikirane rw'ingendo nyakubahwa musitanteri wa komine Mugongo-Manga yateguye, uyu musi yagendeye umutumba wa Nyarushanga kugira yumvirize ivyipfuzo n'ibibazo vy'abenegihugu. Akaba yabahamagariye kwitaho ibikorwa vy'iterambere rusangi no gutsimbataza amahoro n'umutekano.
0
1
3
#Burundi Abanyonga amapikipiki bagabishijwe ubwanyuma basabwa gukurikiza amategeko agenga uruza n'uruja mw'ibarabara. Ivyo biri mw'itangazo ryasobotse uno musi wa mbere w'igenekerezo rya 21 ntwarante 2022, rya buramatari w'intara ya @BujumburaProv .
0
2
4
Umushikiranganje w'amagara y'abantu Dr Sylvie Nzeyimana ari kumwe buramatari Ir Désiré @NSENGIY64134066 musitanteri wa komine @CKabezi @EsperanceHaboni hamwe n'abarongoye ishirahamwe @Enabel_Belgium ahejeje kwugurura inyubakwa y'ibiro vy'akerere k'ubuvuzi ka Kabezi. @mspls_bdi
0
3
14
Kuri uyu musi wa mbere igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2022, musitanteri wa komine @CMubimbi , Ir Dismas Harimenshi yazindutse ahagarikira igikorwa co gutanga ifumbire. Hakaba hibonekeje imirongo miremire y'abayirondera n'ikeha ry'ifumbire ya totahaza. @MininterInfosBi
0
2
7
Ku wa kane17/02/2022, musitanteri wa komine @CKabezi @EsperanceHaboni yifadikanije n'abajejwe umutekano, abasirikare hamwe n'abenegihugu mu bikorwa rusangi vyo gusibura ibarabara rya Bujumbura - Rumonge ku musozi Gakungwe ahonyonwe n'imvura. @MininterInfosBi
@KwaNtare
0
3
5
Uwarongoye akarere kambere ka gisikare yamenyeshejeko ahatari amahoro n'umutekano ataterambere rishoboka. Izonyigisho zabere muri Komine @MukikeC mukigo c'iratiro c'ihoteri NONOKA. @MininterInfosBi
0
4
11
Ntirabampa Hélène de la colline Ramba est la veuve du génocide contre les hutu 1972-1973 ,elle demande au gouverneur.@BujumburaProv d'être réhabilitée dans ses biens accordés @CNTB et remercie le dialogue du gouverneur avec la population. @MininterInfosBi @EzechielNib.
0
3
6
Muri rwarukurikirane rwo kuganira n'abenegihugu buramatari w'intara ya Bujumbura @NSENGIY64134066 arikumwe n'abarongoye ubizi mu ntara hamwe na musitanteri @EsperanceHaboni ariko aragiranira n'abenegihugu bo muri @CKabezi
@NtareHouse
4
8
12
Mu ntumbero yo kwumviriza abenegihugu arongoye,buramatari @NSENGIY64134066 ari kumwe n'abarongoye ibisata bitandukanye vyo mu ntara baganiriye n'abenegihugu bo muri komine Mugongo-Manga kuri uwu wa 1/2/2022. Izo ngendo yatanguriye muri iyo komine azozibandanya mu makomine.
0
4
7
Nakomere nyakwubahwa Buramatari wacu
Début des descentes de Gouverneur de @bujumbura prov des les Communes, ce mardi 1/2/2022 @Mmangacommune
0
1
1
Début des descentes de Gouverneur de @bujumbura prov des les Communes, ce mardi 1/2/2022 @Mmangacommune
0
1
2
Umukuru w'umutumba Gakungwe muri @CKabezi Dieudonné Ngendakumana yatunganije inama y'umutekano mu gatsimbiri Kandende kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2022. Bakaba barabiye hamwe uko umutekano wifashe haba muri rusangi.
1
5
9
Umuhanuzi wa musitanteri ajejwe iterambere, Ferdinand Ndikumana, yatunganije inama, kuri uwu wa kabiri kubarongozi b'amakoperative sangwe mu @CKabezi , barabiye hamwe aho bagejeje mu gushira mungiro imigambi yabo n'intambamyi barahuye mu ntumbero yokurabire hamwe icokorwa.
1
4
7