Commune Mubimbi Profile
Commune Mubimbi

@CMubimbi

Followers
24
Following
10
Media
0
Statuses
9

A

Joined January 2022
Don't wanna be here? Send us removal request.
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Ni mukomere
@kundiwacu
Tubiyage média
4 years
Nk'uko vyama kuri uyu kane 3/2/2022 hatunganijwe ibikorwa vyogukingira ibidukikije ku mutumba wa Buhanda. Ivyo bikorwa bikaba vyari ivyo guca imikobeko ku mitumba ihanamye bikaba vyari bihagarikiwe numukuru wa zone Mutambu, Pontien Bucumi @CommuneMutambu @MininterInfosBi
0
0
3
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Vyiza cane kweli dukingire ibidukikije
@kundiwacu
Tubiyage média
4 years
Kuri uno musi wa kane wa 3/2/2022, umukuru wa zone Ramba, Raymond Nsengiyumva, yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba Gakungwe wo muri @CKabezi , mu mubikorwa rusangi vyo gutera ibiti ku nkengera z'ibihomoka muri wa mugambi EWE BURUNDI URAMBAYE. @MininterInfosBi
0
0
1
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Nakomere nyakwubahwa Buramatari wacu
@Augu3Augustin
Nkeshimana Augustin
4 years
Début des descentes de Gouverneur de @bujumbura prov des les Communes, ce mardi 1/2/2022 @Mmangacommune
0
1
1
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Bacakira
@CKabezi
commune kabezi
4 years
Bamwe mubadandaza b'ibiyayuramutwe nk'urumogi bita canabis basubiriye kurondegwa n'ugufatwa n'igipolice inyuma y'imyaka 5 batavurwa muri iyo commune. Aho hari kumutumba wa kabezi,zone Migera.igenekerezo rya 31./1/2022.@BujumburaProv @MininterInfosBi @RTNBurundi
0
0
0
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Bonne idée
@GacutiNadine
Gacuti Nadine
9 years
Population de coga @Bujumbura prov dit no à la venue des enqêteurs droits de l hoe @UN nous rassuront la paix dans notre province# Burundi
0
0
0
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Commune Mubimbi ibipfurije umuhingamo mwiza
0
0
1
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Murakoze
@MukikeC
Commune MUKIKE
4 years
Komine Mukike ibihurije umusi mwiza.
0
0
0
@MukikeC
Commune MUKIKE
4 years
Komine Mukike ibihurije umusi mwiza.
0
1
5
@CMubimbi
Commune Mubimbi
4 years
Igikorwa c'iteka!
0
0
0