Hariho ico bita body language kitabesha. Biragaragara ko Neva ubwoba bumwishe! Kandi il a raison kuko abo banyagihugu bishwe n'inzara ni rwakoranako ntaco bazomufasha, même son armée ntanumwe atazi ko atayizeye! Nareke kwiriza rero 😂
9
1
24
Replies
@GregLeGrecq Wanka gusesera amaraso igihugu imbwa zikayanwa kwagusa,intare zuburundi si zi mujeri,nazo ni inseruka rukamvye
0
0
0
@GregLeGrecq Genda gakegak kuko ivyisi biragora,birasobanye knd birahindagurik gusa nuko uvyirengagiza ubizi politique iragoy cne burya umuzungu ntakunda umwirabure knd akunde ucurico (hutu,tutsi et twa)akunda ico agukuyeko .kugira ashik kuco ashaka aca kuriww naw ahari yitekaniy(umuzungu )
0
0
0
@GregLeGrecq Imbécile !! La @fdnbbi est unie namba atavyo uzi! Ntikikiri ca gisoda ca 1966-2001, Reka kwiriza Ubu kirapanze
1
0
0